Zakariya 3:1 Bibiliya y’isi nshasha 3 Nuko anyereka Yosuwa+ umuherezi mukuru ahagaze imbere y’umumarayika wa Yehova, na Shetani+ ahagaze iburyo bwiwe kugira ngo amurwanye+. Ivyahishuwe 12:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Nuko ca gisato kinini+ kiraririzwa hasi, ya nzoka yo mu ntango+, iyitwa Mubesheranyi*+ na Shetani+, umwe azimiza isi yose+; araririzwa kw’isi+, n’abamarayika biwe bararirizanywa na we.
3 Nuko anyereka Yosuwa+ umuherezi mukuru ahagaze imbere y’umumarayika wa Yehova, na Shetani+ ahagaze iburyo bwiwe kugira ngo amurwanye+.
9 Nuko ca gisato kinini+ kiraririzwa hasi, ya nzoka yo mu ntango+, iyitwa Mubesheranyi*+ na Shetani+, umwe azimiza isi yose+; araririzwa kw’isi+, n’abamarayika biwe bararirizanywa na we.