ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 14
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Zaburi 14:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 10:4; 53:1; Yes 29:16
  • +It 6:12
  • +Rm 3:10

Zaburi 14:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 11:5; Zb 33:13; 102:19
  • +2Ng 16:9; Heb 11:6

Zaburi 14:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ums 7:29
  • +Yes 64:6
  • +Rm 3:11
  • +Rm 3:10

Zaburi 14:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 94:8
  • +Yr 10:25; Am 8:4; Mik 3:3
  • +Zb 79:6; Yes 64:7

Zaburi 14:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 15:16; Zb 53:5
  • +Zb 24:6

Zaburi 14:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 9:9; 142:5; Heb 6:18

Zaburi 14:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Rm 11:26
  • +Zb 53:6; 85:1; 126:4
  • +Neh 12:43; Zb 126:1

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Zab. 14:1Zb 10:4; 53:1; Yes 29:16
Zab. 14:1It 6:12
Zab. 14:1Rm 3:10
Zab. 14:2It 11:5; Zb 33:13; 102:19
Zab. 14:22Ng 16:9; Heb 11:6
Zab. 14:3Ums 7:29
Zab. 14:3Yes 64:6
Zab. 14:3Rm 3:11
Zab. 14:3Rm 3:10
Zab. 14:4Zb 94:8
Zab. 14:4Yr 10:25; Am 8:4; Mik 3:3
Zab. 14:4Zb 79:6; Yes 64:7
Zab. 14:5Kv 15:16; Zb 53:5
Zab. 14:5Zb 24:6
Zab. 14:6Zb 9:9; 142:5; Heb 6:18
Zab. 14:7Rm 11:26
Zab. 14:7Zb 53:6; 85:1; 126:4
Zab. 14:7Neh 12:43; Zb 126:1
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
Bibiliya y’isi nshasha
Zaburi 14:1-7

Zaburi

Ku muyobozi. Ni izaburi ya Dawidi.

14 Imburabwenge yavuze mu mutima wayo ngo:

“Yehova nta wuriho+.”

Barikwegeye guhona+, bakoze ibiteye ishishi.

Nta n’umwe ariho akora iciza+.

 2 Nayo Yehova, yaravye hasi ari mw’ijuru, araba abana b’abantu+,

Ngo arabe ko hariho uwufise ugutahura kwimbitse, uwurondera Yehova+.

 3 Bose barakebeje+, bose ni cokimwe barononekaye+;

Nta n’umwe ariho akora iciza+,

Habe n’umwe+.

 4 Mbega nta n’umwe mu bakora ibintu bibabaza yaronse ubumenyi+,

Ko barotsa abantu banje nk’uko bariye umukate+?

Ntibarushe bambaza Yehova+.

 5 Aho nyene baratekewe n’ubwoba bwinshi+,

Kuko Yehova ari hagati mw’iyaruka ry’umugororotsi+.

 6 Impanuro y’umurushwa mwarayimaramaza,

Kuko Yehova ari ubuhungiro bwiwe+.

 7 Ese icompa i Siyoni hakava ubukiriro bwa Isirayeli+!

Yehova niyagarukana abantu biwe bagizwe imbohe+,

Yakobo aze anezerwe, Isirayeli ahimbarwe+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika