ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 75
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Zaburi 75:akajambo k’intangamarara

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Ng 35:15

Zaburi 75:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 50:14; 116:17
  • +Zb 138:2; Yes 30:27
  • +Zb 145:12; Ivh 15:3

Zaburi 75:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ums 3:17; Ivk 17:31
  • +Yes 11:4

Zaburi 75:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 60:2; 2Pt 3:10
  • +Yb 9:6

Zaburi 75:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 94:8; Img 29:9
  • +Am 6:13; Zk 1:21

Zaburi 75:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 32:9; 2Ng 30:8; Img 29:1; Ivk 7:51; Yud 16

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/7/2006, rup. 11

Zaburi 75:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 50:6; 58:11
  • +1Sm 2:7; 2Sm 6:21; Dn 2:21; 4:17; Lk 1:52

Zaburi 75:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 60:3; Yes 51:17; Yr 49:12; Ivh 14:10; 16:19; 18:6
  • +Yb 21:20; Zb 11:6; Yr 25:15, 28

Zaburi 75:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 104:33

Zaburi 75:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 101:8; Img 2:22; Yr 48:25; Zk 1:21
  • +Zb 89:17; 92:10; 148:14

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/7/2006, rup. 11

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Zab. 75:akajambo k’intangamarara2Ng 35:15
Zab. 75:1Zb 50:14; 116:17
Zab. 75:1Zb 138:2; Yes 30:27
Zab. 75:1Zb 145:12; Ivh 15:3
Zab. 75:2Ums 3:17; Ivk 17:31
Zab. 75:2Yes 11:4
Zab. 75:3Zb 60:2; 2Pt 3:10
Zab. 75:3Yb 9:6
Zab. 75:4Zb 94:8; Img 29:9
Zab. 75:4Am 6:13; Zk 1:21
Zab. 75:5Kv 32:9; 2Ng 30:8; Img 29:1; Ivk 7:51; Yud 16
Zab. 75:7Zb 50:6; 58:11
Zab. 75:71Sm 2:7; 2Sm 6:21; Dn 2:21; 4:17; Lk 1:52
Zab. 75:8Zb 60:3; Yes 51:17; Yr 49:12; Ivh 14:10; 16:19; 18:6
Zab. 75:8Yb 21:20; Zb 11:6; Yr 25:15, 28
Zab. 75:9Zb 104:33
Zab. 75:10Zb 101:8; Img 2:22; Yr 48:25; Zk 1:21
Zab. 75:10Zb 89:17; 92:10; 148:14
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
Bibiliya y’isi nshasha
Zaburi 75:1-10

Zaburi

Ku muyobozi. “Ntuhonye.” Agahibongozo. Ni izaburi ya Asafu+. Ururirimbo.

75 Turagukengurukira, Mana we, turagukengurukira+,

Kandi izina ryawe riri hafi+.

Abantu babwirizwa kumenyesha ibikorwa vyawe vy’akajoreza+.

 2 “Kuko nafashe umwanya washinzwe+;

Jewe natanguye guca urubanza mu kugororoka+.

 3 Isi n’abayibako bose vyarashonze+;

Ni je nabogoye inkingi zayo+.” Sela.

 4 Nabwiye ibipfu nti: “Ntimube ibipfu+,”

Mbwira n’ababisha nti: “Ntimushire hejuru ihembe+.

 5 Ntimushire ihembe ryanyu iyo hejuru.

Ntimuvugane izosi ry’akagaye+.

 6 Kuko haba mu buseruko canke mu burengero,

Canke mu bumanuko, ata gushirwa hejuru kuvayo.

 7 Kuko Imana ari yo mucamanza+.

Uyu irashira hasi, urya igashira hejuru+.

 8 Kuko hari igikombe mu kuboko kwa Yehova+,

Kandi umuvinyu uriko urabimba ifuro; wuzuye ikivange.

Kandi vy’ukuri azosuka urutere rwawo ruve muri wo;

Ababisha bose bo kw’isi bazorwirangūza, barunywe+.”

 9 Nayo jewe, nzobitangaza gushika igihe kitagira urugero;

Nzohibongoreza Imana ya Yakobo+.

10 “Kandi amahembe y’ababisha yose nzotemagura+.”

Amahembe y’umugororotsi azoshirwa hejuru+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika