ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 57
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Yesaya 57:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 19:10; Zb 12:1
  • +2Ng 36:16; Yes 42:25; Mal 2:2
  • +Mik 7:2
  • +1Bm 14:13; 2Bm 22:20

Yesaya 57:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lk 2:29
  • +Yb 3:13
  • +2Ng 16:14; Yes 14:18; Ezk 32:25
  • +2Bm 22:19; 23:25

Yesaya 57:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 45:20
  • +1Sm 28:7
  • +Hs 1:2; Ivh 2:20

Yesaya 57:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 13:27; Hs 4:14
  • +Zb 22:7
  • +Yes 1:4; 30:9

Yesaya 57:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 1:29
  • +Gus 12:2; 1Bm 14:23; 2Bm 16:4
  • +2Bm 16:3; Yr 7:31

Yesaya 57:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 3:9
  • +Hab 2:19
  • +Yr 7:18; 19:13; 44:17
  • +Yes 66:4; Ezk 20:39

Yesaya 57:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 2:20; Ezk 16:16; 23:17
  • +Ezk 20:28

Yesaya 57:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 8:10; 23:14
  • +Ezk 16:25; 23:18
  • +Ezk 16:33

Yesaya 57:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 7:17
  • +Zb 55:15; Img 7:27

Yesaya 57:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 9:5; Hab 2:13
  • +Yr 5:3
  • +Yr 44:17

Yesaya 57:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Abc 6:10
  • +Yes 30:9; 59:3; Hs 11:12
  • +Yr 9:3
  • +Yes 42:25; 57:1
  • +Zb 50:21
  • +Yes 1:3; Yr 2:32

Yesaya 57:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 58:2
  • +Yes 66:3
  • +Img 15:29; Yr 7:4; Mik 3:4

Yesaya 57:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Abc 10:14; Yes 42:17
  • +Yb 21:18; Zb 1:4
  • +Zb 37:9; Yes 58:9
  • +Yes 56:7; 66:20; Ezk 20:40; Yw 3:17

Yesaya 57:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 35:8; 40:3; 62:10
  • +Yes 26:7; 1Kr 10:32

Yesaya 57:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 83:18; 97:9; 138:6; Yes 6:1
  • +It 21:33; Zb 90:2; Yes 40:28; 1Tm 1:17
  • +Kv 15:11; Zb 99:3; Lk 1:49
  • +1Bm 8:27; Zb 115:3
  • +Zb 34:18; Yes 66:2
  • +Zb 147:3; Yes 61:1

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/10/2005, rup. 26-27

Yesaya 57:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 103:9; Mik 7:18
  • +Gh 16:22; Yb 34:14; Ums 12:7
  • +Yes 42:5

Yesaya 57:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 6:13; 8:10
  • +Yes 8:17
  • +Yr 3:14

Yesaya 57:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 3:22; 33:6; Hs 14:4
  • +Zb 23:2; Yes 49:10
  • +Yes 12:1; 61:2
  • +Yr 13:17; Int 1:4

Yesaya 57:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 4:11; Hs 14:2; Lk 21:15; Rm 10:10; Heb 13:15
  • +Yes 48:18; Lk 2:14; Ivk 10:36; 2Kr 5:20; Ef 2:17
  • +Mal 4:2

Yesaya 57:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 13:9; Yes 3:11

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/10/1999, rup. 22

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Yes. 57:11Bm 19:10; Zb 12:1
Yes. 57:12Ng 36:16; Yes 42:25; Mal 2:2
Yes. 57:1Mik 7:2
Yes. 57:11Bm 14:13; 2Bm 22:20
Yes. 57:2Lk 2:29
Yes. 57:2Yb 3:13
Yes. 57:22Ng 16:14; Yes 14:18; Ezk 32:25
Yes. 57:22Bm 22:19; 23:25
Yes. 57:3Yes 45:20
Yes. 57:31Sm 28:7
Yes. 57:3Hs 1:2; Ivh 2:20
Yes. 57:4Yr 13:27; Hs 4:14
Yes. 57:4Zb 22:7
Yes. 57:4Yes 1:4; 30:9
Yes. 57:5Yes 1:29
Yes. 57:5Gus 12:2; 1Bm 14:23; 2Bm 16:4
Yes. 57:52Bm 16:3; Yr 7:31
Yes. 57:6Yr 3:9
Yes. 57:6Hab 2:19
Yes. 57:6Yr 7:18; 19:13; 44:17
Yes. 57:6Yes 66:4; Ezk 20:39
Yes. 57:7Yr 2:20; Ezk 16:16; 23:17
Yes. 57:7Ezk 20:28
Yes. 57:8Ezk 8:10; 23:14
Yes. 57:8Ezk 16:25; 23:18
Yes. 57:8Ezk 16:33
Yes. 57:9Img 7:17
Yes. 57:9Zb 55:15; Img 7:27
Yes. 57:10Yr 9:5; Hab 2:13
Yes. 57:10Yr 5:3
Yes. 57:10Yr 44:17
Yes. 57:11Abc 6:10
Yes. 57:11Yes 30:9; 59:3; Hs 11:12
Yes. 57:11Yr 9:3
Yes. 57:11Yes 42:25; 57:1
Yes. 57:11Zb 50:21
Yes. 57:11Yes 1:3; Yr 2:32
Yes. 57:12Yes 58:2
Yes. 57:12Yes 66:3
Yes. 57:12Img 15:29; Yr 7:4; Mik 3:4
Yes. 57:13Abc 10:14; Yes 42:17
Yes. 57:13Yb 21:18; Zb 1:4
Yes. 57:13Zb 37:9; Yes 58:9
Yes. 57:13Yes 56:7; 66:20; Ezk 20:40; Yw 3:17
Yes. 57:14Yes 35:8; 40:3; 62:10
Yes. 57:14Yes 26:7; 1Kr 10:32
Yes. 57:15Zb 83:18; 97:9; 138:6; Yes 6:1
Yes. 57:15It 21:33; Zb 90:2; Yes 40:28; 1Tm 1:17
Yes. 57:15Kv 15:11; Zb 99:3; Lk 1:49
Yes. 57:151Bm 8:27; Zb 115:3
Yes. 57:15Zb 34:18; Yes 66:2
Yes. 57:15Zb 147:3; Yes 61:1
Yes. 57:16Zb 103:9; Mik 7:18
Yes. 57:16Gh 16:22; Yb 34:14; Ums 12:7
Yes. 57:16Yes 42:5
Yes. 57:17Yr 6:13; 8:10
Yes. 57:17Yes 8:17
Yes. 57:17Yr 3:14
Yes. 57:18Yr 3:22; 33:6; Hs 14:4
Yes. 57:18Zb 23:2; Yes 49:10
Yes. 57:18Yes 12:1; 61:2
Yes. 57:18Yr 13:17; Int 1:4
Yes. 57:19Kv 4:11; Hs 14:2; Lk 21:15; Rm 10:10; Heb 13:15
Yes. 57:19Yes 48:18; Lk 2:14; Ivk 10:36; 2Kr 5:20; Ef 2:17
Yes. 57:19Mal 4:2
Yes. 57:21Img 13:9; Yes 3:11
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
Bibiliya y’isi nshasha
Yesaya 57:1-21

Yesaya

57 Umugororotsi yayogeye+, ariko nta n’umwe abishira ku mutima+. Abantu b’ubuntu bwuzuye urukundo bakoranirizwa ku bapfuye+, kandi nta n’umwe atahura yuko umugororotsi ajanwa kubera ivyago+. 2 Yinjira mu mahoro+; baruhukira+ ku bitanda+ vyabo, abagenda batumbereye bose+.

3 “Nayo mwebwe, nimwegere ng’aha+, mwa bana b’umugore nyamuragura+, mwa ruvyaro rw’umusambanyi n’urw’umugore akora ubumaraya+: 4 Ni nde muryohererwa mutwengagura+? Ni nde muguma mutabururiye umunwa, mukaguma mumusohoreye ururimi+? Mbega ntimuri abana b’ukugabitanya, uruvyaro rw’ikinyoma+, 5 abakabura icipfuzo bari hagati mu biti bininibinini+, munsi y’igiti gitotahaye cose+, bagakererera abana mu myonga munsi y’imigaga y’amabuye y’urutare+?

6 “Umugabane wawe wari kumwe n’amabuye asenye yo mu mwonga+. Ayo, ni yo yari umuturi wawe+. Vyongeye, wayasukiye ishikanwa ry’ikinyobwa+, uyashikanira ituro. Mbega nzokwihumuriza kuri ivyo bintu+? 7 Washize igitanda cawe ku musozi muremure kandi ukirurutse+. Ni ho kandi waduze gushikana ibimazi+. 8 Washize icibutso cawe inyuma y’umuryango n’igishimaryango+. Kuko witwikuruye uja kure yanje uraheza uraduga; waguye igitanda cawe+. Kandi wigiriye isezerano na bo. Wakunze igitanda hamwe na bo+. Witegereje igihimba c’ubugabo. 9 Waciye umanuka ugana Meleki ufise amavuta, uguma ugwiza amavuta manovu yawe+. Wagumye utuma intumwa zawe kure, ku buryo umanura ibintu gushika mu kuzimu+. 10 Mu nzira zawe indiri waracumukuye+. Ntiwavuze uti: ‘Ni ivy’ubusa!’ Inguvu zawe zaranagutse+. Ni co gituma utarwaye+.

11 “Ni nde wagiriye ubwoba ugatangura gutinya+, ku buryo utangura kubesha+? Mugabo jewe ntiwanyibutse+. Nta na kimwe washize ku mutima+. Mbega sinaguma nicerereje, nyegeje ibintu+? Ni co gituma utarushe unantinya+. 12 Jewe nzomenyesha ubugororotsi+ bwawe n’ibikorwa+ vyawe, yuko bitazogira ico bikwunguye+. 13 Niwatabaza, ibintu vyawe umuganda ntibizokurokora+, mugabo umuyaga uzobikukumura mbere vyose+. Impemu zisohotse zizobikuraho, mugabo uwuhungira muri jewe+ azotorana igihugu, yigarurire umusozi wanje mweranda+. 14 Kandi umuntu azovuga ati: ‘Nimutsindagire yemwe, nimutsindagire! Nimutunganye inzira+. Nimukure intambamyi yose mu nzira y’abantu banje+.’”

15 Kuko ibi ari vyo avuze, Umwe akirurutse kandi ari hejuru+, umwe abaho ibihe bidahera+ kandi izina ryiwe rikaba ari ryeranda+: “Ahakirurutse n’aheranda ni ho mba+, kumwe kandi n’uwajanjaguwe, w’impwemu iciye bugufi, ngo ngarurire agatege impwemu y’abaciye bugufi+, ngarurire agatege umutima w’abajanjagurwa+. 16 Kuko ntazonigana gushika igihe kitagira urugero, canke ngo ngume ndakaye ibihe vyose+; kuko impwemu ubwayo yoregera+ kubera jewe, egome, ibiremwa bihumeka jewe ubwanje nakoze+.

17 “Nararakariye ikosa ry’inyungu yiwe y’akarenganyo+, ndaheza ndamukubita, mpisha mu maso hanje+, narakaye. Mugabo yagumye agenda nk’umuhemu+ mu nzira y’umutima wiwe. 18 Narabonye inzira ziwe; naciye ntangura kumukiza+ no kumurongōra+ no kumuha inshumbusho y’uruhoza+, we n’abagandaye biwe+.”

19 “Ndema icamwa c’iminwa+. Hazoba amahoro abandanya ku wuri kure no ku wuri hafi+,” ni ko Yehova avuze, “kandi nzomukiza+.”

20 “Mugabo ababisha bameze nk’ikiyaga gisebagizwa, igihe kidashobora guhwama, amazi yaco akaba aguma asevya ivyatsi vyo mu kiyaga n’urwondo. 21 Nta mahoro ku babisha+,” ni ko Imana yanje ivuze.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika