ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 8
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Yesaya 8:1

Utujambo tw'epfo

  • *

     Canke, “umuntu apfa.”

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 30:8; Hab 2:2

Yesaya 8:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Rs 4:7; Yes 8:16
  • +2Kr 13:1
  • +2Bm 16:10

Yesaya 8:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 8:18

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/11/2013, rup. 16-17

Yesaya 8:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 7:16
  • +2Bm 15:29; 16:9; 17:6; Yes 17:1

Yesaya 8:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 17:16
  • +Zb 36:9; Yr 17:13; Yoh 9:7
  • +Img 17:5; 24:17
  • +Yes 7:1

Yesaya 8:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 28:49
  • +1Ng 18:3; Yes 7:20
  • +2Bm 17:5; 18:9; Yes 7:17
  • +Ezk 31:3

Yesaya 8:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Ng 28:20; Yes 10:28
  • +Yes 30:28
  • +Ezk 17:3
  • +Yes 7:14; Mt 1:23

Yesaya 8:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mik 4:11; Zk 14:2
  • +1Bm 20:11
  • +2Ng 32:21; Yes 37:36

Yesaya 8:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 2:9; 33:10; Img 21:30
  • +Gus 20:1; Zb 44:3; Rm 8:31; 1Yh 4:4

Yesaya 8:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 16:5; Yes 7:2
  • +Gus 32:21; Zb 96:5; Yes 44:8; Yr 16:20; 1Kr 8:4; 1Pt 3:14

Yesaya 8:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 10:3; 22:32; Yes 29:23
  • +Img 8:13; Ums 12:13; Mt 10:28; Lk 12:5; Ivh 15:4
  • +Zb 2:11; 76:7; Yes 66:2; Mal 2:5; Fp 2:12

Yesaya 8:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yoh 14:6; Fp 2:9; Kl 3:17
  • +Img 4:19; Yes 28:16; Mt 13:57; Lk 20:18; Rm 9:32, 33; 1Pt 2:8
  • +Mt 13:57

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/10/2008, rup. 5

Yesaya 8:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 11:6; 21:44; 1Kr 1:23

Yesaya 8:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Rs 4:7; Yes 8:2; Dn 12:4; Ivh 5:1
  • +Yes 29:11; Dn 12:9

Yesaya 8:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 33:20; 39:7; Heb 6:12; 2Pt 3:9
  • +Gus 31:17; 32:20; Ezk 39:23; Mik 3:4
  • +Zb 37:34; 40:1; 146:5

Yesaya 8:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 7:16; 8:3; Heb 2:13
  • +Yes 7:14; 1Kr 4:9
  • +Zb 9:11; Yes 12:6; 24:23

Yesaya 8:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 20:6; Gus 18:11
  • +Yes 29:4
  • +Kv 19:5; 2Bm 1:3; Zb 135:4
  • +Zb 146:4; Ums 9:5

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 29

    Imizimu, rup. 33-34

Yesaya 8:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 8:2
  • +Yes 8:19
  • +Img 4:19

Yesaya 8:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 28:48; 2Bm 25:3; Yr 52:6; Int 4:4
  • +Kv 22:28; Img 19:3

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/8/2013, rup. 11

Yesaya 8:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 4:19; Zf 1:15; Mt 8:12
  • +2Ng 15:5; Yr 23:12; Yw 2:31

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Yes. 8:1Yes 30:8; Hab 2:2
Yes. 8:2Rs 4:7; Yes 8:16
Yes. 8:22Kr 13:1
Yes. 8:22Bm 16:10
Yes. 8:3Yes 8:18
Yes. 8:4Yes 7:16
Yes. 8:42Bm 15:29; 16:9; 17:6; Yes 17:1
Yes. 8:62Bm 17:16
Yes. 8:6Zb 36:9; Yr 17:13; Yoh 9:7
Yes. 8:6Img 17:5; 24:17
Yes. 8:6Yes 7:1
Yes. 8:7Gus 28:49
Yes. 8:71Ng 18:3; Yes 7:20
Yes. 8:72Bm 17:5; 18:9; Yes 7:17
Yes. 8:7Ezk 31:3
Yes. 8:82Ng 28:20; Yes 10:28
Yes. 8:8Yes 30:28
Yes. 8:8Ezk 17:3
Yes. 8:8Yes 7:14; Mt 1:23
Yes. 8:9Mik 4:11; Zk 14:2
Yes. 8:91Bm 20:11
Yes. 8:92Ng 32:21; Yes 37:36
Yes. 8:10Zb 2:9; 33:10; Img 21:30
Yes. 8:10Gus 20:1; Zb 44:3; Rm 8:31; 1Yh 4:4
Yes. 8:122Bm 16:5; Yes 7:2
Yes. 8:12Gus 32:21; Zb 96:5; Yes 44:8; Yr 16:20; 1Kr 8:4; 1Pt 3:14
Yes. 8:13Lw 10:3; 22:32; Yes 29:23
Yes. 8:13Img 8:13; Ums 12:13; Mt 10:28; Lk 12:5; Ivh 15:4
Yes. 8:13Zb 2:11; 76:7; Yes 66:2; Mal 2:5; Fp 2:12
Yes. 8:14Yoh 14:6; Fp 2:9; Kl 3:17
Yes. 8:14Img 4:19; Yes 28:16; Mt 13:57; Lk 20:18; Rm 9:32, 33; 1Pt 2:8
Yes. 8:14Mt 13:57
Yes. 8:15Mt 11:6; 21:44; 1Kr 1:23
Yes. 8:16Rs 4:7; Yes 8:2; Dn 12:4; Ivh 5:1
Yes. 8:16Yes 29:11; Dn 12:9
Yes. 8:17Zb 33:20; 39:7; Heb 6:12; 2Pt 3:9
Yes. 8:17Gus 31:17; 32:20; Ezk 39:23; Mik 3:4
Yes. 8:17Zb 37:34; 40:1; 146:5
Yes. 8:18Yes 7:16; 8:3; Heb 2:13
Yes. 8:18Yes 7:14; 1Kr 4:9
Yes. 8:18Zb 9:11; Yes 12:6; 24:23
Yes. 8:19Lw 20:6; Gus 18:11
Yes. 8:19Yes 29:4
Yes. 8:19Kv 19:5; 2Bm 1:3; Zb 135:4
Yes. 8:19Zb 146:4; Ums 9:5
Yes. 8:20Yes 8:2
Yes. 8:20Yes 8:19
Yes. 8:20Img 4:19
Yes. 8:21Gus 28:48; 2Bm 25:3; Yr 52:6; Int 4:4
Yes. 8:21Kv 22:28; Img 19:3
Yes. 8:22Img 4:19; Zf 1:15; Mt 8:12
Yes. 8:222Ng 15:5; Yr 23:12; Yw 2:31
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
Bibiliya y’isi nshasha
Yesaya 8:1-22

Yesaya

8 Nuko Yehova ambwira ati: “Niwitorere igisate kinini+ uheze ucandikeko n’agasáruzo k’umuntu buntu*, ngo: ‘Maheri-shalali-hashi-bazi.’ 2 Kandi reka nironkere icemezo+ biciye ku vyabona bibiri vyizigirwa+, Uriya umuherezi+ na Zekariya mwene Yeberekiya.”

3 Maze negera umuhanuzikazi, na we aribungenga araheza yibaruka umuhungu+. Nuko Yehova ambwira ati: “Numwite izina Maheri-shalali-hashi-bazi, 4 kuko imbere y’uko uwo muhungu amenya kuvuga ngo+: ‘Dawe!’ na ‘Mawe!’, itunga rya Damasiko n’isahu rya Samariya bizojanwa imbere y’umwami wa Ashuri+.”

5 Yehova yongera kumbwira ati: 6 “Kubera ko aba bantu banse+ amazi ya Shilowa+ atemba buhorobuhoro, kandi hakaba hariho umwigino+ kubera Rezini na mwene Remaliya+, 7 mbere ku bw’ivyo rero, ehe Yehova agira abazaneko+ ya mazi akomeye kandi menshi ya rwa Ruzi+, umwami wa Ashuri+ n’ubuninahazwa bwiwe bwose+. Kandi azoduga koko arenge inzira z’imigezi yiwe yose yongere arenge inkombe ziwe zose, 8 abandanye aciye muri Yuda. Azoshwara arengane+. Azoshika no kw’izosi+. Kandi azosanza amababa+ ngo yuzure ubwaguke bw’igihugu cawe, ewe Emanweli+!”

9 Nimube babi, emwe bisata vy’abantu, mujanjagurwe; kandi mutege ugutwi, mwese abo mu mihingo ya kure y’isi+! Nimukenyere+, mujanjagurwe+! Nimukenyere, mujanjagurwe! 10 Nimwunge umugambi, ariko uzosenyurwa+! Nimuvuge ijambo iryo ari ryo ryose, ariko ntirizorama, kuko Imana iri kumwe natwe+! 11 Kuko ibi ari vyo Yehova ambwiye n’ubukomezi bw’ukuboko, kugira ngo atume nkevya ndeke kugendera mu nzira y’aba bantu, ati: 12 “Ntimuvuge ngo: ‘Urunani!’ ku bijanye n’ibintu vyose aba bantu baguma bavugako ngo: ‘Urunani+!’, kandi kirya batinya mwebwe ntimugitinye, canke ngo gitume mujugumira+. 13 Yehova nyen’ingabo—uyo ni we mukwiye kubona ko ari mweranda+, ni we mukwiye gutinya+, kandi ni we akwiye kubajugumiza+.”

14 Kandi ategerezwa gucika nk’ikibanza ceranda+, mugabo nk’ibuye ryo kwikubitako n’igitandara co gutsitarako+ kuri za nzu za Isirayeli zompi, nk’umutego n’umushibuka ku baba i Yeruzalemu+. 15 Kandi benshi muri bo ntibazobura gutsitara no kugwa, bavunagurike; bazofatwa n’umutego, bacakirwe+.

16 Zinga icemezo+, shira irya n’ino y’itegeko hagati mu bigishwa banje ikidodo kirumya+! 17 Kandi nzoguma niteze Yehova+, umwe ahishije mu maso hiwe inzu ya Yakobo+, kandi nzomwizigira+.

18 Raba! Jewe n’abana Yehova yampaye+ turi nk’ibimenyetso+ n’ibitangaro muri Isirayeli biva kuri Yehova nyen’ingabo, umwe aba ku musozi Siyoni+.

19 Kandi nibababwira ngo: “Nimwiture abavugana n’ibiremwa vy’impwemu+ canke abafise impwemu y’ukubura ibizoba bajwigira+ bongera bavuga ibintu n’ijwi ritoyi,” mbega igisata ico ari co cose ntigikwiye kwitura Imana yaco+? Mbega abapfuye ni bo umuntu yokwitura ku bw’abazima+? 20 Ja kw’itegeko no ku cemezo+!

Ni ukuri, bazoguma bavuga ibihuye n’iri jambo+ ritazogira umuco w’umutwenzi+. 21 Emwe, umwe wese azoca mu gihugu aremvye kandi ashonje+; kandi uku ni ko bitegerezwa kuba: kubera azoba ashonje kandi yiteye kurakara, azohamagarira akabi ku mwami wiwe no ku Mana yiwe+; emwe, azokwihweza hejuru. 22 Kandi azoraba kw’isi, asange, yewe ga yee! ni amarushwa n’umwiza+, umukorane, ibihe bigoye n’umuzimagiza ata kwakaka namba+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika