ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abalewi 20
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Abalewi 20:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 18:21; Gus 18:10

Abalewi 20:3

Utujambo tw'epfo

  • *

    Ijambo ku rindi ni “mu maso hanje.”

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Pt 3:12
  • +Kv 15:17; Gh 19:20; Gus 23:14; Ezk 5:11
  • +Lw 18:21

Abalewi 20:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 13:8

Abalewi 20:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 20:5; 1Bm 20:42
  • +Zb 106:39; Hs 2:13

Abalewi 20:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 19:31; Gus 18:11; Gl 5:20; Ivh 21:8
  • +Lw 20:27; Ivk 16:16
  • +1Ng 10:13; Ezk 6:9

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Imizimu, rup. 31

Abalewi 20:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 11:44; Ef 1:4; 1Pt 1:16

Abalewi 20:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 18:4; Ums 12:13; Lk 1:6
  • +Kv 31:13; Lw 21:8; Ezk 37:28; 1Ts 5:23; 2Ts 2:13

Abalewi 20:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 27:16; Img 20:20; Mt 15:4
  • +Kv 21:17
  • +2Sm 1:16; 1Bm 2:32

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/5/2004, rup. 24

Abalewi 20:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 18:20; Gus 5:18; Yr 29:23; Rm 7:3
  • +Gus 22:22; 1Kr 6:9

Abalewi 20:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 18:8; Gus 27:20

Abalewi 20:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 18:15
  • +Lw 18:29

Abalewi 20:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 19:5; Lw 18:22; Abc 19:22; Rm 1:27; 1Kr 6:9; Yud 7

Abalewi 20:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 18:17; Gus 27:23
  • +Lw 21:9
  • +Gl 5:19

Abalewi 20:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 22:19; Gus 27:21

Abalewi 20:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 18:23

Abalewi 20:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 18:9; Gus 27:22; 2Sm 13:12; Ezk 22:11

Abalewi 20:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 15:24; 18:19; Ezk 22:10

Abalewi 20:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 18:13
  • +Lw 18:12
  • +Lw 18:6

Abalewi 20:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 18:14
  • +Zb 109:13

Abalewi 20:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 18:16; Gus 25:5; Mr 6:18; 12:19

Abalewi 20:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 18:26; Zb 105:45; 119:80; Ums 12:13
  • +Kv 21:1; Gus 5:1; Zb 119:20; Yes 26:9
  • +Lw 18:28

Abalewi 20:23

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 18:3, 24; Gus 12:30; Yr 10:2
  • +Lw 18:27; Gus 9:5

Abalewi 20:24

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 3:17; 6:8
  • +Gus 8:8; Ezk 20:6
  • +Kv 19:5; 33:16; 1Bm 8:53; 2Kr 6:16; 1Pt 2:9

Abalewi 20:25

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 11:47; Gus 14:4; Ivk 10:14
  • +Lw 11:43

Abalewi 20:26

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 19:2
  • +Zb 99:5; 1Pt 1:16; Ivh 4:8
  • +Gus 7:6; 14:2; Tt 2:14

Abalewi 20:27

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 22:18; Lw 19:31; Gus 18:10; 1Sm 28:7; Ivh 21:8
  • +Kv 22:18; Lw 20:6; Mik 5:12
  • +2Sm 1:16

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Imizimu, rup. 31

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Lew. 20:2Lw 18:21; Gus 18:10
Lew. 20:31Pt 3:12
Lew. 20:3Kv 15:17; Gh 19:20; Gus 23:14; Ezk 5:11
Lew. 20:3Lw 18:21
Lew. 20:4Gus 13:8
Lew. 20:5Kv 20:5; 1Bm 20:42
Lew. 20:5Zb 106:39; Hs 2:13
Lew. 20:6Lw 19:31; Gus 18:11; Gl 5:20; Ivh 21:8
Lew. 20:6Lw 20:27; Ivk 16:16
Lew. 20:61Ng 10:13; Ezk 6:9
Lew. 20:7Lw 11:44; Ef 1:4; 1Pt 1:16
Lew. 20:8Lw 18:4; Ums 12:13; Lk 1:6
Lew. 20:8Kv 31:13; Lw 21:8; Ezk 37:28; 1Ts 5:23; 2Ts 2:13
Lew. 20:9Gus 27:16; Img 20:20; Mt 15:4
Lew. 20:9Kv 21:17
Lew. 20:92Sm 1:16; 1Bm 2:32
Lew. 20:10Lw 18:20; Gus 5:18; Yr 29:23; Rm 7:3
Lew. 20:10Gus 22:22; 1Kr 6:9
Lew. 20:11Lw 18:8; Gus 27:20
Lew. 20:12Lw 18:15
Lew. 20:12Lw 18:29
Lew. 20:13It 19:5; Lw 18:22; Abc 19:22; Rm 1:27; 1Kr 6:9; Yud 7
Lew. 20:14Lw 18:17; Gus 27:23
Lew. 20:14Lw 21:9
Lew. 20:14Gl 5:19
Lew. 20:15Kv 22:19; Gus 27:21
Lew. 20:16Lw 18:23
Lew. 20:17Lw 18:9; Gus 27:22; 2Sm 13:12; Ezk 22:11
Lew. 20:18Lw 15:24; 18:19; Ezk 22:10
Lew. 20:19Lw 18:13
Lew. 20:19Lw 18:12
Lew. 20:19Lw 18:6
Lew. 20:20Lw 18:14
Lew. 20:20Zb 109:13
Lew. 20:21Lw 18:16; Gus 25:5; Mr 6:18; 12:19
Lew. 20:22Lw 18:26; Zb 105:45; 119:80; Ums 12:13
Lew. 20:22Kv 21:1; Gus 5:1; Zb 119:20; Yes 26:9
Lew. 20:22Lw 18:28
Lew. 20:23Lw 18:3, 24; Gus 12:30; Yr 10:2
Lew. 20:23Lw 18:27; Gus 9:5
Lew. 20:24Kv 3:17; 6:8
Lew. 20:24Gus 8:8; Ezk 20:6
Lew. 20:24Kv 19:5; 33:16; 1Bm 8:53; 2Kr 6:16; 1Pt 2:9
Lew. 20:25Lw 11:47; Gus 14:4; Ivk 10:14
Lew. 20:25Lw 11:43
Lew. 20:26Lw 19:2
Lew. 20:26Zb 99:5; 1Pt 1:16; Ivh 4:8
Lew. 20:26Gus 7:6; 14:2; Tt 2:14
Lew. 20:27Kv 22:18; Lw 19:31; Gus 18:10; 1Sm 28:7; Ivh 21:8
Lew. 20:27Kv 22:18; Lw 20:6; Mik 5:12
Lew. 20:272Sm 1:16
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
  • 25
  • 26
  • 27
Bibiliya y’isi nshasha
Abalewi 20:1-27

Abalewi

20 Yehova yongera kubwira Musa ati: 2 “Ubwire bene Isirayeli uti: ‘Umuntu wese wo muri bene Isirayeli, na kavamahanga wese abayeho ari kavamahanga muri Isirayeli, azoha Moleki+ uwo ari we wese mu ruvyaro rwiwe, ntaze abure kwicwa. Abanyagihugu baze bamutere amabuye apfe. 3 Nanje nzoshinga igitsure canje* uyo muntu, ndamurandure mu bantu b’iwabo+, kuko yahaye uwo mu ruvyaro rwiwe Moleki kugira ahumanye aheranda hanje+ no kugira ahumanye izina ryanje ryeranda+. 4 Kandi abanyagihugu nibaramuka bahishije amaso yabo uyo muntu n’ibigirankana ntibamwice igihe ahaye Moleki uwo ari we wese mu ruvyaro rwiwe+, 5 jewe ubwanje rero nzoshinga koko igitsure canje uyo muntu n’umuryango wiwe+, ndamurandure vy’ukuri, ndandure n’abo bose bashurashura bari kumwe na we mu gushurashura+ na Moleki, bave mu bantu b’iwabo.

6 “‘Umuntu yitura abavugana n’ibiremwa vy’impwemu+ n’abagize umwuga ukubura ibizoba+ ngo ashurashurane na bo, emwe, nzoshinga igitsure canje uyo muntu, ndamurandure mu bantu b’iwabo+.

7 “‘Kandi mutegerezwa kwiyeza no kwerekana ko muri beranda+, kuko ndi Yehova Imana yanyu. 8 Kandi mutegerezwa kugumya ivyagezwe vyanje, mukabishitsa+. Ndi Yehova uwuriko arabeza+.

9 “‘Nihagira umuntu uwo ari we wese ahamagarira akabi kuri se na nyina+, ntaze abure kwicwa+. Se na nyina ni bo azoba ahamagariyeko akabi. Amaraso yiwe ari kuri we+.

10 “‘Umugabo arenze ibigo n’umugore w’uwundi mugabo, aba arenze ibigo n’umugore wa mugenziwe+. Ntaze abure kwicwa, hicwe nya mugabo na nya mugore+. 11 Umugabo aryamanye n’umugore wa se, aba apfukuye ubwambure bwa se+. Bompi ntibaze babure kwicwa. Amaraso yabo ari kuri bo. 12 Aho umugabo aryamanye n’umukazana wiwe, bompi ntibaze babure kwicwa+. Baba bagize ibitagirwa. Amaraso yabo ari kuri bo+.

13 “‘Igihe umugabo aryamanye n’umugabo nk’uko umuntu aryamana n’umugore, bompi baba bakoze ikintu giteye ishishi+. Ntibaze babure kwicwa. Amaraso yabo ari kuri bo.

14 “‘Umugabo niyatwara umukobwa na nyina wiwe, buzoba ari ubushirasoni+. Bakwiye kumuturirana na bo mu muriro+, kugira ngo ubushirasoni+ ntibubandanye hagati muri mwebwe.

15 “‘Aho umugabo yimije igikoko+, ntaze abure kwicwa, na nya gikoko muze mucice. 16 Kandi aho umugore yegereye igikoko ico ari co cose ngo kimwimye+, uze wice nya mugore na nya gikoko. Ntibize bibure kwicwa. Amaraso yavyo ari kuri vyo.

17 “‘Aho umugabo atwaye mushikiwe, umukobwa wa se canke umukobwa wa nyina, akabona koko ubwambure bwiwe, na nya mukobwa ubwiwe akabona ubwambure bw’uyo, ni agaterasoni+. Bategerezwa rero kurandurwa mu maso y’abantu b’iwabo. Aba apfukuye ubwambure bwa mushikiwe. Akwiye kwishura ikosa ryiwe.

18 “‘Aho umugabo aryamanye n’umugore ari mu butinyanka agapfukura koko ubwambure bwiwe, aba ashize ahabona isôko rya nya mugore, na nya mugore ubwiwe aba ashize ku kabarore isôko ry’amaraso yiwe+. Bompi rero bategerezwa kurandurwa mu bantu b’iwabo.

19 “‘Ntuze upfukure ubwambure bwa mwene wabo na nyoko wawe+ n’ubwa mushiki wa so+, kuko umuntu aba ashize ku kabarore incuti yiwe y’amaraso+. Bakwiye kwishura ikosa ryabo. 20 Kandi umugabo aryamanye n’umugore wa sewabo aba apfukuye ubwambure bwa sewabo+. Bazobwirizwa kwishura igicumuro cabo. Bazobwirizwa gupfa ata kana bafise+. 21 Aho umugabo atwaye umugore wa mwene wabo, ni ikintu co kuzinukwa+. Aba apfukuye ubwambure bwa mwene wabo. Nta kana bazogira.

22 “‘Mutegerezwa kugumya ivyagezwe+ vyanje vyose n’ingingo zanje zose z’ubutungane+, mukabishitsa, kugira ngo igihugu ndiko ndabajanamwo ngo mukibemwo ntikize kibadahwe+. 23 Kandi ntimuze mugendere mu vyagezwe vy’amahanga ngira nirukane imbere yanyu+, kuko yakoze ivyo bintu vyose nanje nkaba ndayazinukwa+. 24 Ku bw’ivyo nababwiye nti+: “Mwebwe muzokwigarurira ubutaka bwabo, nanje nzobubaha mubwigarurire, kikaba ari igihugu gitemba amata n’ubuki+. Ndi Yehova Imana yanyu, uwabashize ku ruhande mu kubatandukanya n’ibindi bisata vy’abantu+.” 25 Kandi mutegerezwa gushira itandukaniro hagati y’igikoko kidahumanye n’igihumanye, no hagati y’ikiguruka gihumanye n’ikidahumanye+. Ntimuze mutume ubwanyu muba abashisha+ biciye ku gikoko n’ikiguruka n’ikintu cose kigendagenda ku butaka, ari vyo natandukanije namwe mu kuvuga ko bihumanye. 26 Kandi mutegerezwa kwerekana ko muri beranda kuri jewe+, kuko jewe Yehova ndi mweranda+; kandi ntanguye kubatandukanya n’ibindi bisata vy’abantu ngo mucike abanje+.

27 “‘Nayo umugabo canke umugore abonetsemwo impwemu y’ukuvugana n’ibiremwa vy’impwemu canke impwemu y’ukubura ibizoba+, ntibaze babure kwicwa+. Baze babatere amabuye gushika bapfe. Amaraso yabo ari kuri bo+.’”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika