ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 1
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Itanguriro 1:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Heb 1:10
  • +Kv 6:3; 33:20; Gus 6:4; Mr 10:18; Yoh 4:24; Rm 1:20; 1Kr 8:4; 1Tm 1:11; 2:5; Heb 9:24; 1Yh 4:16; Ivh 4:8
  • +Zb 148:5; Yes 45:18; Ivh 4:11
  • +Yb 38:4; Zb 102:25; Yes 42:5; Ivh 10:6

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Insobanuro y’imirongo yo muri Bibiliya, ikiganiro 2

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 6

    Be maso!,

    no. 3 2021 rup. 10

    10/2015, rup. 8

    3/2014, rup. 5-6

    Umunara w’Inderetsi (Integuro ya bose),

    no. 1 2019 rup. 5

    Umunara w’Inderetsi,

    1/6/2015, rup. 5

    15/2/2011, rup. 6-7

    15/2/2007, rup. 5

    Vyoba vyararemwe?, rup. 24

    Ubutumwa bwo muri Bibiliya, rup. 4

    Umukunzi w’Imana, rup. 7

Itanguriro 1:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 38:30; Img 8:27
  • +Zb 33:6; Yes 40:26
  • +Zb 104:6

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 6

    Be maso!,

    no. 3 2021 rup. 10

    Umunara w’Inderetsi,

    15/2/2007, rup. 5-6

Itanguriro 1:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 33:9
  • +Yes 45:7

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Be maso!,

    3/2014, rup. 6

    Umunara w’Inderetsi,

    15/2/2011, rup. 8

    15/2/2007, rup. 6

    1/1/2004, rup. 28

Itanguriro 1:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 26:10; 2Kr 4:6

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Be maso!,

    3/2014, rup. 6

Itanguriro 1:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 8:22
  • +Yr 33:20

Itanguriro 1:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 1:20
  • +Zb 33:7; 2Pt 3:5

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Be maso!,

    3/2014, rup. 6

    Umunara w’Inderetsi,

    1/9/2008, rup. 27-28

Itanguriro 1:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 7:11; Img 8:28

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Be maso!,

    3/2014, rup. 6

Itanguriro 1:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 27:28; Gus 4:17; 1Bm 8:35

Itanguriro 1:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 38:11; Zb 104:8; 136:6

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Be maso!,

    no. 3 2021 rup. 10

    Umunara w’Inderetsi,

    15/2/2007, rup. 6

Itanguriro 1:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 24:1; 95:5
  • +Yb 38:8; Img 8:29
  • +Gus 32:4; 1Tm 4:4

Itanguriro 1:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 1:29; Zb 72:16; Mt 13:32
  • +Lk 6:44
  • +Hg 2:19; Yak 3:12

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Be maso!,

    3/2014, rup. 7

    Umunara w’Inderetsi,

    15/2/2007, rup. 6

Itanguriro 1:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 19:19; Zb 104:14
  • +Gl 6:7

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Be maso!,

    3/2014, rup. 7

Itanguriro 1:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 4:19; Zb 148:3
  • +It 8:22; 1Ng 23:31; Zb 104:19

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/2/2011, rup. 8

    15/2/2007, rup. 6

Itanguriro 1:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 33:25; Ezk 32:8

Itanguriro 1:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 8:3; 136:8; Yr 31:35

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Be maso!,

    3/2014, rup. 7

    Umunara w’Inderetsi,

    15/2/2007, rup. 6

    1/1/2004, rup. 28

Itanguriro 1:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 13:10

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Be maso!,

    3/2014, rup. 7

Itanguriro 1:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 74:16; Yes 45:7
  • +Zb 104:31

Itanguriro 1:20

Utujambo tw'epfo

  • *

    Ni ukuvuga ibikoko vyo mu mazi.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 11:10
  • +It 2:19; 9:10; Gus 4:17; Yb 12:7

Itanguriro 1:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 7:12; Zb 148:7
  • +Lw 11:46
  • +It 7:14; Lw 11:14; Gus 14:13; 1Kr 15:39

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 6

    Be maso!,

    3/2014, rup. 7

Itanguriro 1:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Neh 9:6; Zb 104:25

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Be maso!,

    3/2014, rup. 7

Itanguriro 1:24

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ums 3:20
  • +Gus 28:11; Ivh 10:6
  • +It 6:7
  • +Zb 104:11; Mr 1:13

Itanguriro 1:25

Utujambo tw'epfo

  • *

    Ijambo ry’igiheburayo ryakoreshejwe ng’aha riratandukanye n’ijambo “kurema” ryakoreshejwe mu murongo wa 1, uwa 21, uwa 27 no muri 2:3, rikaba risobanura “guhingura” canke “gukora.”

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 7:14; Zb 148:10

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 6

Itanguriro 1:26

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 11:7; Img 8:30; Yoh 1:3; Kl 1:16
  • +It 9:6; 1Kr 11:7; Kl 3:10
  • +It 5:1; Ivk 17:29; Yak 3:9
  • +It 9:2

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Insobanuro y’imirongo yo muri Bibiliya, ikiganiro 27

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 6

    Umunara w’Inderetsi (Integuro ya bose),

    no. 2 2018 rup. 12

    Umunara w’Inderetsi,

    1/10/2008, rup. 15

    1/1/2004, rup. 30

    1/3/2002, rup. 4

    Umwigisha, rup. 22

Itanguriro 1:27

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 139:14
  • +Mr 10:6; 1Kr 11:9

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 6

    Umunara w’Inderetsi (Integuro ya bose),

    no. 1 2019 rup. 10

    Umunara w’Inderetsi (Integuro ya bose),

    no. 2 2018 rup. 12

    Bibiliya itwigisha iki?, rup. 53

    Ivyo Bibiliya yigisha, rup. 48-49

    Umunara w’Inderetsi,

    1/5/2013, rup. 3

    1/9/2012, rup. 4

    15/2/2011, rup. 9

    1/10/2008, rup. 15

    1/7/2005, rup. 4-5

    1/2/1997, rup. 22-23, 25

    Be maso!,

    8/2013, rup. 8

    5/2013, rup. 15

Itanguriro 1:28

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 107:38
  • +It 9:1; Lw 26:9
  • +It 2:15
  • +Zb 8:6; Yes 11:9; Yak 3:7

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    8/2021, rup. 2

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 25

    Umunara w’Inderetsi (Integuro ya bose),

    no. 3 2019 rup. 6-7

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    8/2018, rup. 19-20

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    8/2016, rup. 9

    Umunara w’Inderetsi,

    15/5/2006, rup. 4-5

    15/4/2004, rup. 4

    1/5/1999, rup. 8-9

    1/8/1998, rup. 13

    Urashobora Kubaho, rup. 73-74

Itanguriro 1:29

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 36:31; Zb 145:16
  • +It 9:3; Zb 104:14; Ivk 14:17

Itanguriro 1:30

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 136:25; 147:9; Mt 6:26

Itanguriro 1:31

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 32:4; Zb 104:24; 1Tm 4:4

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    “Urukundo rw’Imana,” rup. 172

    Umunara w’Inderetsi,

    1/1/2011, rup. 13

    1/1/2008, rup. 15

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Ita. 1:1Heb 1:10
Ita. 1:1Kv 6:3; 33:20; Gus 6:4; Mr 10:18; Yoh 4:24; Rm 1:20; 1Kr 8:4; 1Tm 1:11; 2:5; Heb 9:24; 1Yh 4:16; Ivh 4:8
Ita. 1:1Zb 148:5; Yes 45:18; Ivh 4:11
Ita. 1:1Yb 38:4; Zb 102:25; Yes 42:5; Ivh 10:6
Ita. 1:2Yb 38:30; Img 8:27
Ita. 1:2Zb 33:6; Yes 40:26
Ita. 1:2Zb 104:6
Ita. 1:3Zb 33:9
Ita. 1:3Yes 45:7
Ita. 1:4Yb 26:10; 2Kr 4:6
Ita. 1:5It 8:22
Ita. 1:5Yr 33:20
Ita. 1:6It 1:20
Ita. 1:6Zb 33:7; 2Pt 3:5
Ita. 1:7It 7:11; Img 8:28
Ita. 1:8It 27:28; Gus 4:17; 1Bm 8:35
Ita. 1:9Yb 38:11; Zb 104:8; 136:6
Ita. 1:10Zb 24:1; 95:5
Ita. 1:10Yb 38:8; Img 8:29
Ita. 1:10Gus 32:4; 1Tm 4:4
Ita. 1:11It 1:29; Zb 72:16; Mt 13:32
Ita. 1:11Lk 6:44
Ita. 1:11Hg 2:19; Yak 3:12
Ita. 1:12Lw 19:19; Zb 104:14
Ita. 1:12Gl 6:7
Ita. 1:14Gus 4:19; Zb 148:3
Ita. 1:14It 8:22; 1Ng 23:31; Zb 104:19
Ita. 1:15Yr 33:25; Ezk 32:8
Ita. 1:16Zb 8:3; 136:8; Yr 31:35
Ita. 1:17Yes 13:10
Ita. 1:18Zb 74:16; Yes 45:7
Ita. 1:18Zb 104:31
Ita. 1:20Lw 11:10
Ita. 1:20It 2:19; 9:10; Gus 4:17; Yb 12:7
Ita. 1:21Yb 7:12; Zb 148:7
Ita. 1:21Lw 11:46
Ita. 1:21It 7:14; Lw 11:14; Gus 14:13; 1Kr 15:39
Ita. 1:22Neh 9:6; Zb 104:25
Ita. 1:24Ums 3:20
Ita. 1:24Gus 28:11; Ivh 10:6
Ita. 1:24It 6:7
Ita. 1:24Zb 104:11; Mr 1:13
Ita. 1:25It 7:14; Zb 148:10
Ita. 1:26It 11:7; Img 8:30; Yoh 1:3; Kl 1:16
Ita. 1:26It 9:6; 1Kr 11:7; Kl 3:10
Ita. 1:26It 5:1; Ivk 17:29; Yak 3:9
Ita. 1:26It 9:2
Ita. 1:27Zb 139:14
Ita. 1:27Mr 10:6; 1Kr 11:9
Ita. 1:28Zb 107:38
Ita. 1:28It 9:1; Lw 26:9
Ita. 1:28It 2:15
Ita. 1:28Zb 8:6; Yes 11:9; Yak 3:7
Ita. 1:29Yb 36:31; Zb 145:16
Ita. 1:29It 9:3; Zb 104:14; Ivk 14:17
Ita. 1:30Zb 136:25; 147:9; Mt 6:26
Ita. 1:31Gus 32:4; Zb 104:24; 1Tm 4:4
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
  • 25
  • 26
  • 27
  • 28
  • 29
  • 30
  • 31
Bibiliya y’isi nshasha
Itanguriro 1:1-31

Itanguriro

1 Mu ntango+ Imana+ yaremye+ amajuru n’isi+.

2 Isi ntiyagira imero kandi yari igiharabuga, kandi ku buringanire bw’inyenga y’amazi+ hari umwiza. Inguvu zikora z’Imana zaguma zitembera irya n’ino+ ku buringanire bw’amazi+.

3 Maze Imana ivuga+ iti: “Nihabeho umuco.” Nuko habaho umuco+. 4 Inyuma y’ivyo Imana ibona ko umuco ari mwiza, maze Imana itandukanya umuco n’umwiza+. 5 Imana yita umuco Umurango+, mugabo umwiza iwita Ijoro+. Nuko haba umugoroba, haba n’igitondo: uwo ni umusi wa mbere.

6 Imana yongera kuvuga iti: “Nihabeho ikirere+ hagati y’amazi, habe n’ukwigabura hagati y’amazi n’ayandi+.” 7 Maze Imana itangura gukora ikirere no gutandukanya amazi akwiye kuba munsi y’ikirere n’amazi akwiye kuba hejuru y’ikirere+. Biraheza biba kuno. 8 Imana yita ikirere Ijuru+. Haba umugoroba, haba n’igitondo: uwo ni umusi ugira kabiri.

9 Imana yongera kuvuga iti: “Amazi yo munsi y’amajuru nakoranire ahantu hamwe, kandi haboneke isi yumutse+.” Biraheza biba kuno. 10 Imana yita nya si yumutse Isi+, mugabo ikoraniro ry’amazi iryita Ibiyaga+. Maze Imana ibona ko ari vyiza+. 11 Imana yongera kuvuga iti: “Isi nimeze ivyatsi, ibimera vyama imbuto+, ibiti vy’ivyamwa bitanga ivyamwa nk’uko amoko+ y’ivyo biti ari, imbuto y’ivyo vyamwa ikaba iri muri vyo+, bibe gutyo kw’isi.” Biraheza biba kuno. 12 Nuko isi itangura kumera ivyatsi, ibimera vyama imbuto nk’uko ubwoko bwavyo buri+, n’ibiti bitanga ivyamwa, imbuto yavyo ikaba iri muri vyo nk’uko ubwoko bwavyo buri+. Maze Imana ibona ko vyari vyiza. 13 Nuko haba umugoroba, haba n’igitondo: uwo ni umusi ugira gatatu.

14 Imana yongera kuvuga iti: “Nihabeho ibitangamuco mu kirere c’amajuru kugira bitandukanye umurango n’ijoro+; bizoba ibimenyetso bibe n’ivyo kwerekana ibiringo n’imisi n’imyaka+. 15 Kandi bizoba ibitangamuco mu kirere c’amajuru kugira vyakire isi+.” Biraheza biba kuno. 16 Imana ikora ibitangamuco bibiri bininibinini, igitangamuco kinini muri vyo co kuganza umurango, n’igitangamuco gitoyi co kuganza ijoro, ikora n’inyenyeri+. 17 Gutyo Imana ibishira mu kirere c’amajuru kugira vyakire isi+, 18 no kugira biganze ku murango no mw’ijoro, no kugira bitandukanye umuco n’umwiza+. Maze Imana ibona ko vyari vyiza+. 19 Nuko haba umugoroba, haba n’igitondo: uwo ni umusi ugira kane.

20 Imana yongera kuvuga iti: “Amazi natume hagwirirana umugwirirano w’ibifise ubuzima*+, kandi ibiremwa biguruka nibiguruke hejuru y’isi, mu kirere c’amajuru+.” 21 Imana irema ibikoko binini amahero vyo mu kiyaga+ be n’igifise ubuzima cose kigendagenda+, ivyo amazi yatumye bigwirirana nk’uko amoko yavyo ari, be n’ikiremwa c’amababa cose kiguruka nk’uko ubwoko bwaco buri+. Imana ibona ko vyari vyiza. 22 Maze Imana irabihezagira iti: “Nimurondoke, mugwire, mwuzure amazi yo mu biyaga+, kandi ibiremwa biguruka nibigwire mw’isi.” 23 Nuko haba umugoroba, haba n’igitondo: uwo ni umusi ugira gatanu.

24 Imana yongera kuvuga iti: “Isi+ nizane ibifise ubuzima nk’uko amoko yavyo ari: igikoko c’igitungano+, igikoko kigendagenda+ n’igikoko c’ikinyeshamba+ co kw’isi nk’uko ubwoko bwaco buri.” Biraheza biba kuno. 25 Imana irema* igikoko c’ikinyeshamba co kw’isi nk’uko ubwoko bwaco buri, n’igitungwa nk’uko ubwoko bwaco buri, n’igikoko kigendagenda cose co ku butaka nk’uko ubwoko bwaco buri+. Imana ibona ko vyari vyiza.

26 Imana yongera kuvuga iti: “Tureme+ umuntu mw’ishusho yacu+, nk’uko dusa+, aganze amafi yo mu kiyaga, n’ibiremwa biguruka vyo mu kirere, n’ibitungwa, n’isi yose, n’igikoko kigendagenda cose kigendagenda kw’isi+.” 27 Imana irema umuntu mw’ishusho yayo, imurema+ mw’ishusho y’Imana; ibarema ari umugabo n’umugore+. 28 Vyongeye, Imana irabahezagira+, ibabwira iti: “Nimurondoke+, mugwire, mwuzure isi kandi muyigabe+, muganze+ amafi yo mu kiyaga, n’ibiremwa biguruka vyo mu kirere, n’ikinyabuzima cose kigendagenda kw’isi.”

29 Imana yongera kuvuga iti: “Ehe ndabahaye ibimera vyose vyama imbuto biri ku buringanire bw’isi yose, n’igiti cose kiriko ivyamwa vy’igiti cama imbuto+. Nibibabere ibifungurwa+. 30 Kandi igikoko c’ikinyeshamba cose, ikiremwa kiguruka cose co mu kirere be n’igifise ubuzima cose kigendagenda kw’isi, ndagihaye ibimera bitoto vyose ngo bikibere indya+.” Biraheza biba kuno.

31 Inyuma y’ivyo Imana yihweza ikintu cose yari yakoze, isanga cari ciza cane+. Nuko haba umugoroba, haba n’igitondo: uwo ni umusi ugira gatandatu.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika