ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ivyahishuwe 7
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Ivyahishuwe 7:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 25:31
  • +Yr 25:32
  • +Zb 37:35

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/11/2013, rup. 13

    15/12/2007, rup. 16

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 113-115, 117

Ivyahishuwe 7:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivh 16:12
  • +Yoh 6:27

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 115

Ivyahishuwe 7:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Kr 1:22; Ef 1:13; 4:30
  • +Mt 24:31; Ivh 9:4

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    1/2016, rup. 23

    Umunara w’Inderetsi,

    15/3/2015, rup. 15

    15/11/2013, rup. 13

    15/12/2007, rup. 16

    1/1/2007, rup. 30-31

    1/5/1998, rup. 21

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 115-116, 162, 276-277

Ivyahishuwe 7:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivh 14:1, 3
  • +Yak 1:1; Ivh 21:12
  • +Rm 2:29; 9:6; Gl 6:16

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 116-119

    Umunara w’Inderetsi,

    1/9/2004, rup. 30-31

    1/12/1999, rup. 23

Ivyahishuwe 7:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 49:10; 1Ng 5:2
  • +It 49:3
  • +It 49:19

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 116-119

Ivyahishuwe 7:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 49:20
  • +It 49:21
  • +It 41:51; Ezk 48:4

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 116-119

Ivyahishuwe 7:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 49:5
  • +Gh 3:6
  • +It 49:14

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 116-119

Ivyahishuwe 7:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 49:13
  • +1Ng 5:2
  • +It 49:27
  • +Ivh 7:3

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 116-119

Ivyahishuwe 7:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 25:34; Yoh 10:16; Ivh 22:17
  • +It 22:18; Yes 2:2; 60:3; Ivh 15:4
  • +Zb 117:1
  • +Yes 66:18
  • +Zb 11:4
  • +Ivh 7:14
  • +Lw 23:40; Yoh 12:13

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    1/2021, rup. 16

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    9/2019, rup. 26-31

    Agatabu k’ikoraniro ry’Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu,

    12/2019, rup. 2

    Yeremiya, rup. 176

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 119-124, 127, 202-203

    Senga Imana, rup. 120-127

    Umunara w’Inderetsi,

    1/12/1999, rup. 23, 29

    Intwaro, rup. 28

    Abahurikiye hamwe, rup. 103-104, 106-107

Ivyahishuwe 7:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 3:8; Lk 1:69; Tt 2:10; Yud 25
  • +Ivh 4:2
  • +Ivk 4:12; Ivh 5:6

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 122-123

Ivyahishuwe 7:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 25:31; Heb 12:22
  • +Ivh 11:16
  • +Ivh 14:3
  • +Zb 95:6

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    1/2021, rup. 16

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 124

    Abahurikiye hamwe, rup. 104-105

Ivyahishuwe 7:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivh 4:11
  • +Heb 13:21; 1Pt 4:11; 5:11

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    1/2021, rup. 16

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 124

    Abahurikiye hamwe, rup. 104-105

Ivyahishuwe 7:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivh 4:4
  • +Ivh 7:9

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/1/2009, rup. 31

    1/1/2007, rup. 27-28

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 124-125

Ivyahishuwe 7:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 24:21; Mr 13:19
  • +Yes 1:18; Yoh 1:29
  • +Heb 9:14, 22; 1Yh 1:7; Ivh 1:5

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    1/2021, rup. 16

    Yeremiya, rup. 176

    Umunara w’Inderetsi,

    15/3/2009, rup. 18-19

    15/1/2009, rup. 31

    15/1/2008, rup. 25

    1/1/2007, rup. 27-28

    1/11/2006, rup. 26

    1/12/2000, rup. 11

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 124-126

    Senga Imana, rup. 121-126

    Abahurikiye hamwe, rup. 104-107

Ivyahishuwe 7:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 11:4
  • +Mt 4:10; Lk 2:37
  • +Ivh 4:2
  • +Zb 15:1; Ivh 21:3

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    1/2021, rup. 16-17

    Agatabu k’ikoraniro ry’Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu,

    12/2019, rup. 2

    Umunara w’Inderetsi,

    15/2/2010, rup. 17

    15/1/2010, rup. 21, 23

    15/9/2008, rup. 28

    1/12/2000, rup. 11-12

    1/7/1996, rup. 27-28

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 124, 126

Ivyahishuwe 7:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 121:6; Yes 49:10

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    1/2021, rup. 17

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 126-128

    Abahurikiye hamwe, rup. 107-108

Ivyahishuwe 7:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivh 5:6
  • +Mt 25:32; Yoh 10:11
  • +Ivh 22:1
  • +Yes 25:8; Ivh 21:4

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    1/2021, rup. 17

    Umunara w’Inderetsi,

    15/9/2010, rup. 29

    15/9/2008, rup. 28

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 126, 127-128, 303

    Abahurikiye hamwe, rup. 107-109

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Ivyah. 7:1Mt 25:31
Ivyah. 7:1Yr 25:32
Ivyah. 7:1Zb 37:35
Ivyah. 7:2Ivh 16:12
Ivyah. 7:2Yoh 6:27
Ivyah. 7:32Kr 1:22; Ef 1:13; 4:30
Ivyah. 7:3Mt 24:31; Ivh 9:4
Ivyah. 7:4Ivh 14:1, 3
Ivyah. 7:4Yak 1:1; Ivh 21:12
Ivyah. 7:4Rm 2:29; 9:6; Gl 6:16
Ivyah. 7:5It 49:10; 1Ng 5:2
Ivyah. 7:5It 49:3
Ivyah. 7:5It 49:19
Ivyah. 7:6It 49:20
Ivyah. 7:6It 49:21
Ivyah. 7:6It 41:51; Ezk 48:4
Ivyah. 7:7It 49:5
Ivyah. 7:7Gh 3:6
Ivyah. 7:7It 49:14
Ivyah. 7:8It 49:13
Ivyah. 7:81Ng 5:2
Ivyah. 7:8It 49:27
Ivyah. 7:8Ivh 7:3
Ivyah. 7:9Mt 25:34; Yoh 10:16; Ivh 22:17
Ivyah. 7:9It 22:18; Yes 2:2; 60:3; Ivh 15:4
Ivyah. 7:9Zb 117:1
Ivyah. 7:9Yes 66:18
Ivyah. 7:9Zb 11:4
Ivyah. 7:9Ivh 7:14
Ivyah. 7:9Lw 23:40; Yoh 12:13
Ivyah. 7:10Zb 3:8; Lk 1:69; Tt 2:10; Yud 25
Ivyah. 7:10Ivh 4:2
Ivyah. 7:10Ivk 4:12; Ivh 5:6
Ivyah. 7:11Mt 25:31; Heb 12:22
Ivyah. 7:11Ivh 11:16
Ivyah. 7:11Ivh 14:3
Ivyah. 7:11Zb 95:6
Ivyah. 7:12Ivh 4:11
Ivyah. 7:12Heb 13:21; 1Pt 4:11; 5:11
Ivyah. 7:13Ivh 4:4
Ivyah. 7:13Ivh 7:9
Ivyah. 7:14Mt 24:21; Mr 13:19
Ivyah. 7:14Yes 1:18; Yoh 1:29
Ivyah. 7:14Heb 9:14, 22; 1Yh 1:7; Ivh 1:5
Ivyah. 7:15Zb 11:4
Ivyah. 7:15Mt 4:10; Lk 2:37
Ivyah. 7:15Ivh 4:2
Ivyah. 7:15Zb 15:1; Ivh 21:3
Ivyah. 7:16Zb 121:6; Yes 49:10
Ivyah. 7:17Ivh 5:6
Ivyah. 7:17Mt 25:32; Yoh 10:11
Ivyah. 7:17Ivh 22:1
Ivyah. 7:17Yes 25:8; Ivh 21:4
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
Bibiliya y’isi nshasha
Ivyahishuwe 7:1-17

Ivyahishuwe

7 Inyuma y’ivyo mbona abamarayika+ bane bahagaze ku mfuruka zine z’isi, bafashe bagumije ya miyaga ine+ y’isi, kugira ngo ntihagire umuyaga uhuhutira kw’isi canke ku kiyaga canke ku giti na kimwe+. 2 Mbona kandi uwundi mumarayika aduga ava i burasirazuba+, afise ikidodo c’Imana nzima+; asemerera n’ijwi rirenga abwira ba bamarayika bane bahawe kugirira nabi isi n’ikiyaga, 3 ati: “Ntihagire ico mugira isi canke ikiyaga canke ibiti, gushika tumaze kudoma ikidodo+ ku bashumba b’Imana yacu mu ruhanga rwabo+.”

4 Maze numva igitigiri c’abadomweko ikidodo: ibihumbi ijana na mirongo ine na bine+, badomweko ikidodo bo mu miryango yose+ ya bene Isirayeli+:

5 Mu muryango wa Yuda+, ni ibihumbi cumi na bibiri badomweko ikidodo;

mu muryango wa Rubeni+, ibihumbi cumi na bibiri;

mu muryango wa Gadi+, ibihumbi cumi na bibiri;

6 mu muryango wa Asheri+, ibihumbi cumi na bibiri;

mu muryango wa Nafutali+, ibihumbi cumi na bibiri;

mu muryango wa Manase+, ibihumbi cumi na bibiri;

7 mu muryango wa Simeyoni+, ibihumbi cumi na bibiri;

mu muryango wa Lewi+, ibihumbi cumi na bibiri;

mu muryango wa Isakari+, ibihumbi cumi na bibiri;

8 mu muryango wa Zebuloni+, ibihumbi cumi na bibiri;

mu muryango wa Yozefu+, ibihumbi cumi na bibiri;

mu muryango wa Benyamini+, ibihumbi cumi na bibiri badomweko ikidodo+.

9 Inyuma y’ivyo, ngize ntya mbona isinzi rinini+ ata wari ashoboye guharura, bo mu mahanga yose+ n’imiryango yose n’ibisata vyose+ n’indimi zose+, bahagaze imbere ya ya ntebe y’ubwami+ n’imbere ya wa Mwagazi w’intama, bambaye amakanzu yera+; kandi mu minwe yabo hari amashami y’ibigazi+. 10 Kandi baguma basemerera n’ijwi rirenga, bati: “Ubukiriro tubukesha Imana yacu+ yicaye kuri irya ntebe y’ubwami+, be n’urya Mwagazi w’intama+.”

11 Kandi abamarayika bose+ bari bahagaze bakikuje ya ntebe y’ubwami na ba bakurambere+ na vya binyabuzima bine+, maze bubarara hasi imbere ya ya ntebe y’ubwami, basenga Imana+, 12 bavuga bati: “Amen! Umuhezagiro n’ubuninahazwa n’ubukerebutsi n’ugukenguruka n’iteka n’ububasha+ n’inkomezi bibe ivy’Imana yacu ibihe bitazoshira. Amen+.”

13 Maze umwe muri ba bakurambere+ aca ambwira ati: “Aba bambaye amakanzu yera+, ni bande kandi bavuye hehe?” 14 Buno nyene nca ndamubwira nti: “Mukama wanje, ni wewe ubizi.” Na we ambwira ati: “Aba ni abavuye muri ya makuba akomeye+, kandi bamesuye amakanzu yabo bayeza+ mu maraso+ ya wa Mwagazi w’intama. 15 Ni co gituma bari imbere+ y’intebe y’ubwami y’Imana; kandi bariko bayikorera igikorwa ceranda+ umurango n’ijoro mu rusengero rwayo; kandi Uwicaye kuri iyo ntebe y’ubwami+ azosanza ihema ryiwe+ hejuru yabo. 16 Ntibazokwongera gusonza canke kunyoterwa, eka n’izuba ntirizokwongera kubaturira canke hagire ubushuhe bubababura+, 17 kuko wa Mwagazi w’intama+ ari hagati ya ya ntebe y’ubwami azobaragira+, kandi azobarongora ku masôko y’amazi+ y’ubuzima. Kandi Imana izohanagura amosozi yose ku maso yabo+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika