ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Matayo 10
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Matayo 10:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mr 3:14, 15; 6:7; Lk 9:1

Matayo 10:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivh 21:14
  • +Mr 3:16; Lk 6:13; Ivk 1:13
  • +Yoh 1:42; Ivk 15:14
  • +Mr 1:16; Yoh 1:40
  • +Mt 4:21; Mr 3:17

Matayo 10:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mr 3:18; Lk 6:14; Yoh 1:45
  • +Yoh 11:16; 20:27
  • +Mr 2:14; Lk 5:27
  • +Lk 6:15

Matayo 10:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mr 3:18
  • +Zb 41:9; Mt 26:47; Yoh 13:18

Matayo 10:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 28:19; Mr 6:7; Lk 9:2
  • +2Bm 17:24; Lk 9:52; Yoh 4:9

Matayo 10:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 53:6; Yr 50:6; Ezk 34:6; Ivk 13:46

Matayo 10:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 4:17; Lk 10:9

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 21

    Yezu ni inzira, rup. 122-123

    Umunara w’Inderetsi,

    1/1/2002, rup. 19

Matayo 10:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lk 9:2
  • +Ivk 8:20

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 21

    Be maso!,

    7/2010, rup. 14-15

    Umunara w’Inderetsi,

    1/8/2003, rup. 20-22

    1/3/2001, rup. 31

Matayo 10:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lk 22:35; 1Kr 9:7

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Igikorwa dukorera Ubwami,

    6/2013, rup. 1

    Umunara w’Inderetsi,

    15/3/2011, rup. 6

    ‘Ingo unkurikire’, rup. 91

    Abahurikiye hamwe, rup. 90

Matayo 10:10

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke, “amasandali.”

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 18:31; Mr 6:8; Lk 9:3; 10:7; 1Kr 9:14; 1Tm 5:18

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Igikorwa dukorera Ubwami,

    6/2013, rup. 1

    Umunara w’Inderetsi,

    15/3/2011, rup. 6

    ‘Ingo unkurikire’, rup. 91

    Abahurikiye hamwe, rup. 90

Matayo 10:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lk 9:4

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Ishirahamwe, rup. 90-91

    Umunara w’Inderetsi,

    15/11/2007, rup. 28-29

    1/8/2001, rup. 8-9

    1/1/1997, rup. 10-11

    Igikorwa dukorera Ubwami,

    12/2003, rup. 1

Matayo 10:12

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    6/2018, rup. 22

Matayo 10:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lk 10:5

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    5/2018, rup. 11

    Umunara w’Inderetsi,

    1/8/2001, rup. 9-10

Matayo 10:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mr 6:11; Lk 10:6, 11; Ivk 13:51; 18:6

Matayo 10:15

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Inyongera ya 21.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 19:4; 2Pt 2:6; Yud 7
  • +Mt 11:22; 12:41; Lk 11:32

Matayo 10:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zf 3:3; Ivk 20:29
  • +It 3:1; Rm 16:19
  • +Fp 2:15

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    4/2016, rup. 29

Matayo 10:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Fp 3:2
  • +Mt 24:9; Mr 13:9
  • +Ivk 5:40; 2Kr 11:24
  • +Mt 23:34

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/3/2003, rup. 12

Matayo 10:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 4:8; 24:10; 25:23; 26:25; 27:24
  • +Gus 31:26; Mt 24:14; Ivk 4:20

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    9/2016, rup. 16

    Yezu ni inzira, rup. 124

    Umunara w’Inderetsi,

    1/3/2003, rup. 12

Matayo 10:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 1:7; Mr 13:11; Lk 12:11; 21:14

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    9/2021, rup. 24-25

Matayo 10:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lk 12:12; Yoh 14:26

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    9/2021, rup. 24-25

Matayo 10:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 10:36; 24:10
  • +Mik 7:6

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yezu ni inzira, rup. 124

Matayo 10:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 24:9; Lk 21:17; Yoh 15:21
  • +Mt 24:13; Ivh 2:10

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yezu ni inzira, rup. 124

Matayo 10:23

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Sm 15:14; Mt 23:34; Ivk 8:1
  • +Mr 6:6
  • +Mt 16:28; 24:14; Rm 10:18; Kl 1:23

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yezu ni inzira, rup. 124

Matayo 10:24

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lk 6:40; Yoh 13:16; 15:20

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yezu ni inzira, rup. 124-125

Matayo 10:25

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Pt 2:21
  • +Mt 12:24; Mr 3:22; Lk 11:15; Yoh 8:48

Matayo 10:26

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mr 4:22; Lk 8:17; 1Kr 4:5

Matayo 10:27

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lk 12:3

Matayo 10:28

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke, “badashobora gukuraho icizigiro co kwongera kubaho.”

  • *

    Mu kigiriki ni “pisike” (psy·kheʹ). Raba Inyongera ya 6.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 29:25; Yes 51:12; Ezk 3:9; Ivh 2:10
  • +Heb 10:31
  • +Lk 12:5

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yezu ni inzira, rup. 124-125

    Umunara w’Inderetsi,

    15/5/2007, rup. 29-30

    1/12/2001, rup. 28

Matayo 10:29

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lk 12:6
  • +Gus 22:6; Mt 6:26; Lk 12:7

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 38

    Umunara w’Inderetsi (Integuro ya bose),

    no. 3 2018 rup. 4

    Niwiyegereze, rup. 241-242

    Umunara w’Inderetsi,

    1/4/2008, rup. 9

    1/3/2008, rup. 12

    1/8/2005, rup. 4-5, 22-23

    1/2/2005, rup. 5-6

    1/7/2003, rup. 16-17

Matayo 10:30

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Sm 14:45; 2Sm 14:11; Ivk 27:34

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 38

    Niwiyegereze, rup. 241-242

    Umunara w’Inderetsi,

    1/8/2005, rup. 4-5, 22-23

    1/2/2005, rup. 5-6

    1/7/2003, rup. 16-17

Matayo 10:31

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 6:26; Lk 12:7

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 38

    Umunara w’Inderetsi (Integuro ya bose),

    no. 3 2018 rup. 4

    Niwiyegereze, rup. 241-242

    Umunara w’Inderetsi,

    1/5/2006, rup. 15

    1/8/2005, rup. 4-5

    1/2/2005, rup. 5-6

    1/7/2003, rup. 16-17

Matayo 10:32

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lk 12:8; Rm 10:9; Ivh 3:5

Matayo 10:33

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mr 8:38; Lk 9:26; 12:9; 2Tm 2:12

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/3/2006, rup. 6

Matayo 10:34

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lk 12:51

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 59

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    10/2017, rup. 12-16

    Yezu ni inzira, rup. 125

    Umunara w’Inderetsi,

    15/1/2008, rup. 29

Matayo 10:35

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mik 7:6; Lk 12:52, 53

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 59

    Umunara w’Inderetsi,

    15/11/2013, rup. 11

    15/1/2008, rup. 29

Matayo 10:36

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 59

    Umunara w’Inderetsi,

    15/11/2013, rup. 11

    Imizimu, rup. 50-51

Matayo 10:37

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 33:9; Mt 19:29; Lk 14:26

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 58

Matayo 10:38

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 16:24; Mr 8:34; Lk 9:23; 14:27

Matayo 10:39

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 16:25; Mr 8:35; Lk 17:33; Yoh 12:25

Matayo 10:40

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 25:40; Lk 10:16; Yoh 12:44; 13:20

Matayo 10:41

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 17:10; 2Bm 4:8
  • +Yos 2:14; 2Bm 4:13

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/11/2003, rup. 12

Matayo 10:42

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 25:40; Mr 9:41; Heb 6:10

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Mat. 10:1Mr 3:14, 15; 6:7; Lk 9:1
Mat. 10:2Ivh 21:14
Mat. 10:2Mr 3:16; Lk 6:13; Ivk 1:13
Mat. 10:2Yoh 1:42; Ivk 15:14
Mat. 10:2Mr 1:16; Yoh 1:40
Mat. 10:2Mt 4:21; Mr 3:17
Mat. 10:3Mr 3:18; Lk 6:14; Yoh 1:45
Mat. 10:3Yoh 11:16; 20:27
Mat. 10:3Mr 2:14; Lk 5:27
Mat. 10:3Lk 6:15
Mat. 10:4Mr 3:18
Mat. 10:4Zb 41:9; Mt 26:47; Yoh 13:18
Mat. 10:5Mt 28:19; Mr 6:7; Lk 9:2
Mat. 10:52Bm 17:24; Lk 9:52; Yoh 4:9
Mat. 10:6Yes 53:6; Yr 50:6; Ezk 34:6; Ivk 13:46
Mat. 10:7Mt 4:17; Lk 10:9
Mat. 10:8Lk 9:2
Mat. 10:8Ivk 8:20
Mat. 10:9Lk 22:35; 1Kr 9:7
Mat. 10:10Gh 18:31; Mr 6:8; Lk 9:3; 10:7; 1Kr 9:14; 1Tm 5:18
Mat. 10:11Lk 9:4
Mat. 10:13Lk 10:5
Mat. 10:14Mr 6:11; Lk 10:6, 11; Ivk 13:51; 18:6
Mat. 10:15It 19:4; 2Pt 2:6; Yud 7
Mat. 10:15Mt 11:22; 12:41; Lk 11:32
Mat. 10:16Zf 3:3; Ivk 20:29
Mat. 10:16It 3:1; Rm 16:19
Mat. 10:16Fp 2:15
Mat. 10:17Fp 3:2
Mat. 10:17Mt 24:9; Mr 13:9
Mat. 10:17Ivk 5:40; 2Kr 11:24
Mat. 10:17Mt 23:34
Mat. 10:18Ivk 4:8; 24:10; 25:23; 26:25; 27:24
Mat. 10:18Gus 31:26; Mt 24:14; Ivk 4:20
Mat. 10:19Yr 1:7; Mr 13:11; Lk 12:11; 21:14
Mat. 10:20Lk 12:12; Yoh 14:26
Mat. 10:21Mt 10:36; 24:10
Mat. 10:21Mik 7:6
Mat. 10:22Mt 24:9; Lk 21:17; Yoh 15:21
Mat. 10:22Mt 24:13; Ivh 2:10
Mat. 10:232Sm 15:14; Mt 23:34; Ivk 8:1
Mat. 10:23Mr 6:6
Mat. 10:23Mt 16:28; 24:14; Rm 10:18; Kl 1:23
Mat. 10:24Lk 6:40; Yoh 13:16; 15:20
Mat. 10:251Pt 2:21
Mat. 10:25Mt 12:24; Mr 3:22; Lk 11:15; Yoh 8:48
Mat. 10:26Mr 4:22; Lk 8:17; 1Kr 4:5
Mat. 10:27Lk 12:3
Mat. 10:28Img 29:25; Yes 51:12; Ezk 3:9; Ivh 2:10
Mat. 10:28Heb 10:31
Mat. 10:28Lk 12:5
Mat. 10:29Lk 12:6
Mat. 10:29Gus 22:6; Mt 6:26; Lk 12:7
Mat. 10:301Sm 14:45; 2Sm 14:11; Ivk 27:34
Mat. 10:31Mt 6:26; Lk 12:7
Mat. 10:32Lk 12:8; Rm 10:9; Ivh 3:5
Mat. 10:33Mr 8:38; Lk 9:26; 12:9; 2Tm 2:12
Mat. 10:34Lk 12:51
Mat. 10:35Mik 7:6; Lk 12:52, 53
Mat. 10:37Gus 33:9; Mt 19:29; Lk 14:26
Mat. 10:38Mt 16:24; Mr 8:34; Lk 9:23; 14:27
Mat. 10:39Mt 16:25; Mr 8:35; Lk 17:33; Yoh 12:25
Mat. 10:40Mt 25:40; Lk 10:16; Yoh 12:44; 13:20
Mat. 10:411Bm 17:10; 2Bm 4:8
Mat. 10:41Yos 2:14; 2Bm 4:13
Mat. 10:42Mt 25:40; Mr 9:41; Heb 6:10
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
  • 25
  • 26
  • 27
  • 28
  • 29
  • 30
  • 31
  • 32
  • 33
  • 34
  • 35
  • 36
  • 37
  • 38
  • 39
  • 40
  • 41
  • 42
Bibiliya y’isi nshasha
Matayo 10:1-42

Matayo

10 Nuko ahamagaza abigishwa biwe cumi na babiri, abaha ububasha ku mpwemu zihumanye+, kugira bazirukane no kugira bakize indwara z’ubwoko bwose n’ubumuga bw’ubwoko bwose.

2 Amazina ya nya ntumwa cumi na zibiri+ ni aya+: Ubwa mbere, Simoni ari we yitwa Petero+, na Andereya+ mwene wabo; Yakobo mwene Zebedayo+ na Yohani mwene wabo; 3 Filipo na Barutelemi+; Toma+ na Matayo+ umutozakori; Yakobo mwene Alufayo+, na Tadeyo; 4 Simoni Umunyakanani+, na Yuda Isikariyoti, ari we yahavuye amugura+.

5 Abo cumi na babiri Yezu arabatuma, abaha aya mategeko+, ati: “Ntimuje mu nzira y’amahanga, kandi ntimwinjire mu gisagara c’Abasamariya+; 6 ahubwo mugume muja ku ntama zazimiye z’inzu ya Isirayeli+. 7 Uko mugenda, mwamamaze, muti: ‘Ubwami bwo mw’ijuru buregereje+.’ 8 Mukize abarwaye+, muzure abapfuye, muhumanure abarwaye imibembe, mwirukane amadayimoni. Mwahawe ku buntu, mutange ku buntu+. 9 Ntimutekere inzahabu canke ifeza canke umujumpu mu masaho yanyu yo ku mikanda+, 10 canke umupfuko w’ibifungurwa ku bw’urugendo, canke impuzu zibiri zo munsi canke inkweto* canke inkoni; kuko umukozi akwiriye ibifungurwa vyiwe+.

11 “Igisagara cose canke ikigwati cose muzokwinjiramwo, muharondere uwukwiriye, mugumeyo gushika muvuyeyo+. 12 Mwinjiye mu nzu, muramutse urwo rugo; 13 kandi nimba nya nzu ikwiriye, amahoro muyipfurije ayizeko+; mugabo nimba idakwiriye, amahoro yanyu abagarukeko. 14 Aho hose umuntu atabakiriye canke ngo yumvirize amajambo yanyu, muvuye muri iyo nzu canke muri ico gisagara, mukunkumure umukungugu ku birenge vyanyu+. 15 Ni ukuri ndabibabwiye: Ku Musi w’Urubanza* ivy’igihugu ca Sodomu+ na Gomora bizoba ibigendeka kuruta ivy’ico gisagara+.

16 “Ehe ndabatumye muri nk’intama mu mabingira hagati+; mwiyubare rero nk’inzoka+ yamara mube intungane nk’inuma+. 17 Mwiyubare abantu+; kuko bazobashengeza mu masentare+, kandi babashishagurire+ mu masinagogi yabo+. 18 Egome, bazobakwega babatware imbere ya ba buramatari n’abami+ babampora, kugira bibe intahe+ kuri bo no ku mahanga. 19 Ariko nibabashengeza, ntimuze mwiganyire ku vy’ingene muzovuga canke ku vyo muzovuga; kuko ivyo muzovuga muzobihabwa muri iyo saha+; 20 kuko atari mwebwe gusa muzovuga, mugabo impwemu ya So ni yo izovuga biciye kuri mwebwe+. 21 Bitayeko, umuntu+ azotanga mwene wabo ngo yicwe, na se w’umwana atange umwana wiwe, kandi abana bazokurira hasi abavyeyi, babicishe+. 22 Kandi muzokwankwa n’abantu bose kubera izina ryanje+; mugabo uwihanganye gushika kw’iherezo ni we azokizwa+. 23 Nibabahama mu gisagara kimwe, muhungire mu kindi+; kuko ni ukuri ndabibabwiye: Ntimuzogenda muhetuye+ ibisagara vya Isirayeli Umwana w’umuntu adashitse+.

24 “Umwigishwa ntaruta umwigisha wiwe, n’umushumba ntaruta shebuja+. 25 Birahagije yuko umwigishwa acika nk’umwigisha wiwe, umushumba na we nka shebuja+. Nimba nyen’urugo bamwise Beyezebuli+, hari akantu abo mu rugo rwiwe! 26 Ntimubatinye rero; kuko ata catwikiriwe na kimwe kitazotwikururwa, canke icagizwe ibanga na kimwe kitazomenyekana+. 27 Ico mbabwiriye mu mwiza, mukivugire mu muco; kandi ico mwumvise kivugwa mu bwongoshwe, mucamamarize hejuru ku mazu+. 28 Ntimutinye+ abica umubiri mugabo badashobora guhonya ubuzima*; ahubwo nyabuna mutinye urya+ ashobora guhonereza ubuzima* n’umubiri vyompi muri Gehena+. 29 None utujuri tubiri ntitugurishwa igiceri c’agaciro gatoya+? Yamara nta na kamwe muri two gakorokera hasi So atabizi+. 30 Mugabo n’imishatsi yo ku mutwe wanyu iraharuye yose+. 31 Ntimutinye rero: mwebwe muri n’agaciro kuruta utujuri twinshi+.

32 “Umuntu wese rero yemera icese imbere y’abantu yuko yunze ubumwe nanje, nanje nzokwemera icese+ imbere ya Dawe ari mw’ijuru yuko nunze ubumwe na we; 33 mugabo uwo wese anyihakana imbere y’abantu, nanje nzomwihakana+ imbere ya Dawe ari mw’ijuru. 34 Ntimwiyumvire ngo naje gushira amahoro kw’isi; sinaje gushiraho amahoro+, atari inkota. 35 Kuko naje gucanishamwo abantu: umuhungu akarwanya se, n’umukobwa akarwanya nyina, n’umukazana akarwanya inabukwe+. 36 Egome, abansi b’umuntu bazoba abo mu rugo rwiwe bwite. 37 Uwiyumvamwo se canke nyina kuruta jewe, ntankwiriye; kandi uwiyumvamwo umuhungu wiwe canke umukobwa wiwe kuruta jewe, ntankwiriye+. 38 Kandi uwo wese atemera kwikorera igiti co kubabarizwako ciwe ngo ankurikire, ntankwiriye+. 39 Uwukiza ubuzima bwiwe azobuhomba, nayo uwemera guheba ubuzima bwiwe kubera jewe azoburonka+.

40 “Uwubakiriye na jewe aba anyakiriye, kandi uwunyakiriye aba yakiriye n’uwantumye+. 41 Uwakiriye umuhanuzi kubera ari umuhanuzi azoronka impembo y’umuhanuzi+, kandi uwakiriye umugororotsi kubera ari umugororotsi azoronka impembo y’umugororotsi+. 42 Kandi uwo wese ahaye umwe muri aba batoyi igikombe gusa c’amazi akanye yo kunywa kubera ari umwigishwa, ni ukuri ndabibabwiye, ntazobura kuronka impembo yiwe+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika