ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Matayo 7
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Matayo 7:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lk 6:37; Rm 2:1; 14:13; 1Kr 4:5

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    12/2021, rup. 19-21

    Yezu ni inzira, rup. 90

    Niwiyegereze, rup. 162-164

    Umunara w’Inderetsi,

    15/5/2008, rup. 9

    15/3/2008, rup. 26-27

    15/11/2002, rup. 18

    1/4/1999, rup. 5

Matayo 7:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 18:34; Yak 2:13
  • +Mr 4:24; Lk 6:38; Gl 6:7

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yezu ni inzira, rup. 90

    Umunara w’Inderetsi,

    15/5/2008, rup. 9

    1/4/1999, rup. 5

Matayo 7:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lk 6:41

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 56

    Umunara w’Inderetsi,

    15/5/2008, rup. 9-10

    15/11/2002, rup. 18

    1/9/2002, rup. 11

Matayo 7:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lk 6:42

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/5/2008, rup. 9-10

Matayo 7:5

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/12/2015, rup. 9

    15/5/2008, rup. 10

Matayo 7:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 9:7; 15:12; Mt 10:14
  • +Heb 10:29

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yezu ni inzira, rup. 90

Matayo 7:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mr 11:24; Yak 1:5; 1Yh 5:14
  • +Lk 11:9

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 1

    Umunara w’Inderetsi,

    15/2/2009, rup. 18

    1/2/1999, rup. 16

Matayo 7:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 29:12; Yoh 14:13; 1Yh 3:22

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/2/2009, rup. 18

Matayo 7:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lk 11:11

Matayo 7:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lk 11:13
  • +Yak 1:17

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/2/2009, rup. 18-19

Matayo 7:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lk 6:31
  • +Rm 13:10; Gl 5:14; 1Tm 1:5

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yezu ni inzira, rup. 90-91

    Umunara w’Inderetsi,

    15/6/2014, rup. 18

    15/5/2014, rup. 11-12

    15/5/2008, rup. 10-11

    1/10/2007, rup. 5

    1/6/2004, rup. 32

    1/12/2001, rup. 3-7

Matayo 7:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lk 13:24

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    12/2021, rup. 22-25

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 13

    Umunara w’Inderetsi,

    1/8/2009, rup. 3-4

    1/5/2008, rup. 22

    1/5/1999, rup. 9

Matayo 7:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 14:22; 1Pt 4:18

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    12/2021, rup. 22-25

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 13

    Umunara w’Inderetsi,

    1/8/2009, rup. 3-4

    1/5/1999, rup. 9

Matayo 7:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 24:11; 2Pt 2:1; 1Yh 4:1
  • +Lk 6:26
  • +Ezk 22:27; Ivk 20:29

Matayo 7:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 20:11; Rm 16:17; Gl 5:19
  • +It 1:11; Lk 6:44; Yak 3:12

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/1/2008, rup. 29

Matayo 7:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 12:33; Lk 6:43

Matayo 7:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 3:10; Lk 13:9; Yoh 15:2; Tt 3:14

Matayo 7:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 12:33

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/6/2009, rup. 14-15

Matayo 7:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 21:29; Rm 2:13; Yak 1:22; 1Yh 5:3
  • +1Yh 2:17

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 18

    Ubumenyi, rup. 46

    Urashobora Kubaho, rup. 30-31

Matayo 7:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lk 6:46
  • +Yr 14:14; 27:15

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Ubumenyi, rup. 46

    Urashobora Kubaho, rup. 30-31

Matayo 7:23

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lk 13:25
  • +Zb 6:8; Lk 13:27; 1Yh 3:4

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    ‘Ingo unkurikire’, rup. 185-187

    Urashobora Kubaho, rup. 30-31

Matayo 7:24

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lk 6:47, 48; Yak 1:25

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/11/2008, rup. 29-31

    15/2/2008, rup. 31-32

    1/9/2007, rup. 31

    1/1/2007, rup. 32

Matayo 7:25

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/11/2008, rup. 29-31

    15/2/2008, rup. 31-32

    1/1/2007, rup. 32

    1/7/1997, rup. 21

Matayo 7:26

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lk 6:49; Yak 1:23
  • +Yr 8:9

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/11/2008, rup. 29-31

    15/2/2008, rup. 31-32

Matayo 7:27

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 13:13; 1Kr 3:13
  • +Lk 6:49

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/11/2008, rup. 29-31

    15/2/2008, rup. 31-32

Matayo 7:28

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mr 1:22; Lk 4:32

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Niwiyegereze, rup. 90-92

    ‘Ingo unkurikire’, rup. 46

Matayo 7:29

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yoh 7:46

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Niwiyegereze, rup. 90-92

    ‘Ingo unkurikire’, rup. 46

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Mat. 7:1Lk 6:37; Rm 2:1; 14:13; 1Kr 4:5
Mat. 7:2Mt 18:34; Yak 2:13
Mat. 7:2Mr 4:24; Lk 6:38; Gl 6:7
Mat. 7:3Lk 6:41
Mat. 7:4Lk 6:42
Mat. 7:6Img 9:7; 15:12; Mt 10:14
Mat. 7:6Heb 10:29
Mat. 7:7Mr 11:24; Yak 1:5; 1Yh 5:14
Mat. 7:7Lk 11:9
Mat. 7:8Yr 29:12; Yoh 14:13; 1Yh 3:22
Mat. 7:9Lk 11:11
Mat. 7:11Lk 11:13
Mat. 7:11Yak 1:17
Mat. 7:12Lk 6:31
Mat. 7:12Rm 13:10; Gl 5:14; 1Tm 1:5
Mat. 7:13Lk 13:24
Mat. 7:14Ivk 14:22; 1Pt 4:18
Mat. 7:15Mt 24:11; 2Pt 2:1; 1Yh 4:1
Mat. 7:15Lk 6:26
Mat. 7:15Ezk 22:27; Ivk 20:29
Mat. 7:16Img 20:11; Rm 16:17; Gl 5:19
Mat. 7:16It 1:11; Lk 6:44; Yak 3:12
Mat. 7:17Mt 12:33; Lk 6:43
Mat. 7:19Mt 3:10; Lk 13:9; Yoh 15:2; Tt 3:14
Mat. 7:20Mt 12:33
Mat. 7:21Mt 21:29; Rm 2:13; Yak 1:22; 1Yh 5:3
Mat. 7:211Yh 2:17
Mat. 7:22Lk 6:46
Mat. 7:22Yr 14:14; 27:15
Mat. 7:23Lk 13:25
Mat. 7:23Zb 6:8; Lk 13:27; 1Yh 3:4
Mat. 7:24Lk 6:47, 48; Yak 1:25
Mat. 7:26Lk 6:49; Yak 1:23
Mat. 7:26Yr 8:9
Mat. 7:27Ezk 13:13; 1Kr 3:13
Mat. 7:27Lk 6:49
Mat. 7:28Mr 1:22; Lk 4:32
Mat. 7:29Yoh 7:46
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
  • 25
  • 26
  • 27
  • 28
  • 29
Bibiliya y’isi nshasha
Matayo 7:1-29

Matayo

7 “Nimureke guca urubanza+ kugira ntimuzocirwe urubanza; 2 kuko urubanza muca ari rwo namwe muzocirwa+; kandi ingero mugeresha ni yo namwe bazobagererako+. 3 Kubera iki none uraba igikumbi kiri mu jisho rya mwene wanyu, mugabo nturimbūre ikigiga kiri mu jisho ryawe bwite+? 4 Canke ushobora gute kubwira mwene wanyu ngo: ‘Tega ngukure igikumbi mu jisho ryawe’, kandi mu jisho ryawe bwite hariyo ikigiga+? 5 Wa mwiyorobetsi we! Banza ukure nya kigiga mu jisho ryawe, maze uzoheza ubone neza ingene ukura igikumbi mu jisho rya mwene wanyu.

6 “Ibintu vyeranda ntimukabihe imbwa+, n’imaragarita zanyu ntimukaziterere imbere y’ingurube, kugira ntizihave zizihonyangira+ munsi y’ibinono vyazo hanyuma zigahindukira zikabakakagura.

7 “Mugume musaba+, muzohabwa; mugume murondera, muzoronka; mugume mudodora+, muzokwugururirwa. 8 Kuko umuntu wese asaba ahabwa+, n’uwurondera wese aronka, kandi umuntu wese adodora azokwugururirwa. 9 Mu vy’ukuri, ni nde muri mwebwe umwana wiwe+ yosaba umukate... mbega azomuha ibuye? 10 Canke kumbure yomusaba ifi... mbega azomuha inzoka? 11 Nimba rero mwebwe, naho muri babi+, muzi guha abana banyu ingabirano nziza, ese ingene So wo mw’ijuru azorushiriza guha ibintu vyiza+ ababimusaba!

12 “Ibintu vyose rero mushaka ko abantu babagirira+, namwe nyene mutegerezwa kubibagirira; nkako, ico ni co Itegeko n’Abahanuzi bisobanura+.

13 “Mwinjirane mw’irembo ryaga+; kubera ko inzira nini kandi yagutse ijana mu mahonero, kandi benshi ni bo binjirana muri yo; 14 mugabo irembo ryaga be n’inzira ipfunganye ni vyo bijana mu buzima, kandi bake ni bo bayitora+.

15 “Mwiyubare abahanuzi b’ikinyoma+ baza kuri mwebwe bambaye nk’intama+ mugabo imbere muri bo ari amabingira y’amarara+. 16 Muzobamenyera ku vyamwa bama+. None abantu barigera bamura inzabibu ku mahwa canke insukoni ku bitovu+? 17 N’igiti ciza cose cama ivyamwa vyiza, mugabo igiti cose kibi cama ivyamwa ata co bimaze+; 18 igiti ciza ntigishobora kwama ivyamwa ata co bimaze, eka n’igiti kibi ntigishobora kwama ivyamwa vyiza. 19 Igiti cose kitama ivyamwa vyiza, kiracibwa kigatererwa mu muriro+. 20 Nuko rero, abo bantu muzobamenyera ku vyamwa bama+.

21 “Si umuntu wese ambwira ngo: ‘Mukama, Mukama’ azokwinjira mu bwami bwo mw’ijuru, atari uwukora+ ukugomba kwa Dawe ari mw’ijuru+. 22 Benshi bazombwira kuri wa musi ngo: ‘Mukama, Mukama+, ntitwavuga ubuhanuzi mw’izina ryawe, tukirukana amadayimoni mw’izina ryawe, tugakora n’ibikorwa vyinshi vy’ububasha mw’izina ryawe+?’ 23 Maze nanje nzoca ndababwira icese nti: Sinigeze ndabamenya+! Mva mu maso, mwa bakora ivy’ubugarariji mwe+.

24 “Umuntu wese rero yumva aya majambo yanje akayashira mu ngiro azomera nk’umugabo w’ubwenge yubatse inzu yiwe ku gitandara+. 25 Maze imvura iracuncubuka, amasegenya aratemba, imiyaga irahuhuta, yisuka kuri iyo nzu, ariko ntiyahomvoka kubera ko yari ishinze ku gitandara. 26 Ikigeretseko, umuntu wese yumva aya majambo yanje ntayashire mu ngiro+ azomera nk’umugabo w’ikijuju+ yubatse inzu yiwe ku musenyi. 27 Maze imvura iracuncubuka, amasegenya aratemba, imiyaga irahuhuta, yikubita kuri iyo nzu+ ica irahomvoka, kandi isenyerana ryayo riba irikomeye+.”

28 Hanyuma Yezu arangije ayo majambo, amasinzi ajorezwa+ n’uburyo yigisha; 29 kuko yabigisha nk’uwufise ububasha+, atari nka ba banditsi babo.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika