ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ivyahishuwe 16
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Ivyahishuwe 16:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 66:6; Ivh 16:17
  • +Zb 69:24; Zf 3:8

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 220

Ivyahishuwe 16:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivh 8:7
  • +Ivh 20:11
  • +Kv 9:10; Gus 28:35
  • +Ivh 13:16, 18
  • +Ivh 13:15; 19:20

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 221-223

Ivyahishuwe 16:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivh 8:8
  • +Ivh 17:15
  • +Kv 7:20
  • +Yes 57:20

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 223

Ivyahishuwe 16:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivh 8:10
  • +Zb 78:44
  • +Kv 7:20

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 224-225

Ivyahishuwe 16:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 3:14; Ivh 1:4
  • +Zb 145:17; Yr 3:12; Ivh 15:4
  • +Gus 32:4; Zb 119:137

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Niwiyegereze, rup. 286-288

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 224-225

Ivyahishuwe 16:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 9:5; Zb 79:3; Mt 23:35
  • +Yes 49:26
  • +Ivh 18:20

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 30-31, 224-225

Ivyahishuwe 16:7

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Inyongera ya 21.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 6:3
  • +Zb 19:9; 119:137; Ivh 19:2

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 224-225

Ivyahishuwe 16:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivh 8:12
  • +Yes 49:10

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 225-227

Ivyahishuwe 16:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 83:18
  • +Rm 13:1
  • +Ivh 9:21; 14:7

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 225, 226-227

Ivyahishuwe 16:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivh 13:1
  • +Kv 10:21; Yes 8:22; Ef 4:18

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 227-228

Ivyahishuwe 16:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivh 16:21

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 228

Ivyahishuwe 16:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivh 9:13
  • +Zb 137:1
  • +Yes 44:27; Yr 50:38
  • +Yes 44:28; Yr 51:57

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/6/2012, rup. 18

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 229-230, 260-261

Ivyahishuwe 16:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Yh 4:1
  • +Lw 11:12
  • +Ivh 12:3
  • +Ivh 13:1
  • +Ivh 13:11

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/2/2009, rup. 4

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 230-231

Ivyahishuwe 16:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Tm 4:1
  • +Ivh 13:13
  • +Zb 2:2
  • +Ivh 18:3, 9
  • +Ezk 38:16; Ivh 19:19
  • +Yw 2:1
  • +Yes 13:6; Yr 25:33; Ezk 30:3; Yw 1:15; 2:11; Zf 1:15; 2Pt 3:12

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    9/2019, rup. 8-9

    Umunara w’Inderetsi,

    1/11/2015, rup. 2

    1/9/2011, rup. 10

    15/2/2009, rup. 4

    1/4/2008, rup. 31

    1/2/2007, rup. 31

    1/12/2005, rup. 4

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 230-231, 285

Ivyahishuwe 16:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Ts 5:2; 2Pt 3:10
  • +Lk 21:36
  • +Ivh 3:18

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 231-232

    Umunara w’Inderetsi,

    15/2/2005, rup. 18

    15/12/2003, rup. 21

    1/12/1999, rup. 30

    1/3/1997, rup. 24-29

Ivyahishuwe 16:16

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Inyongera ya 21.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Ng 35:22; Zk 12:11; Ivh 19:19

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    9/2019, rup. 8-9

    Umunara w’Inderetsi,

    1/2/2012, rup. 5-6

    1/9/2011, rup. 10

    1/4/2008, rup. 31

    1/2/2007, rup. 31

    1/12/2005, rup. 4

    1/5/1997, rup. 12

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 232-233, 285

Ivyahishuwe 16:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ef 2:2; 6:12
  • +Yes 66:6; Ivh 16:1

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/2/2009, rup. 3-4

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 233-234

Ivyahishuwe 16:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 38:19
  • +Dn 12:1
  • +Heb 12:26

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 234

Ivyahishuwe 16:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivh 17:18
  • +Ivh 18:2
  • +Yr 25:15; Ivh 15:7

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 234

Ivyahishuwe 16:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivh 6:14

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 234

Ivyahishuwe 16:21

Utujambo tw'epfo

  • *

    Italanto imwe ni nk’ibilo 20,4.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 38:22, 23; Yes 28:2
  • +Ivh 16:9
  • +Kv 9:24; Ivh 11:19

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/7/2015, rup. 16

    15/2/2009, rup. 4

    15/7/2008, rup. 7

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 234

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Ivyah. 16:1Yes 66:6; Ivh 16:17
Ivyah. 16:1Zb 69:24; Zf 3:8
Ivyah. 16:2Ivh 8:7
Ivyah. 16:2Ivh 20:11
Ivyah. 16:2Kv 9:10; Gus 28:35
Ivyah. 16:2Ivh 13:16, 18
Ivyah. 16:2Ivh 13:15; 19:20
Ivyah. 16:3Ivh 8:8
Ivyah. 16:3Ivh 17:15
Ivyah. 16:3Kv 7:20
Ivyah. 16:3Yes 57:20
Ivyah. 16:4Ivh 8:10
Ivyah. 16:4Zb 78:44
Ivyah. 16:4Kv 7:20
Ivyah. 16:5Kv 3:14; Ivh 1:4
Ivyah. 16:5Zb 145:17; Yr 3:12; Ivh 15:4
Ivyah. 16:5Gus 32:4; Zb 119:137
Ivyah. 16:6It 9:5; Zb 79:3; Mt 23:35
Ivyah. 16:6Yes 49:26
Ivyah. 16:6Ivh 18:20
Ivyah. 16:7Kv 6:3
Ivyah. 16:7Zb 19:9; 119:137; Ivh 19:2
Ivyah. 16:8Ivh 8:12
Ivyah. 16:8Yes 49:10
Ivyah. 16:9Zb 83:18
Ivyah. 16:9Rm 13:1
Ivyah. 16:9Ivh 9:21; 14:7
Ivyah. 16:10Ivh 13:1
Ivyah. 16:10Kv 10:21; Yes 8:22; Ef 4:18
Ivyah. 16:11Ivh 16:21
Ivyah. 16:12Ivh 9:13
Ivyah. 16:12Zb 137:1
Ivyah. 16:12Yes 44:27; Yr 50:38
Ivyah. 16:12Yes 44:28; Yr 51:57
Ivyah. 16:131Yh 4:1
Ivyah. 16:13Lw 11:12
Ivyah. 16:13Ivh 12:3
Ivyah. 16:13Ivh 13:1
Ivyah. 16:13Ivh 13:11
Ivyah. 16:141Tm 4:1
Ivyah. 16:14Ivh 13:13
Ivyah. 16:14Zb 2:2
Ivyah. 16:14Ivh 18:3, 9
Ivyah. 16:14Ezk 38:16; Ivh 19:19
Ivyah. 16:14Yw 2:1
Ivyah. 16:14Yes 13:6; Yr 25:33; Ezk 30:3; Yw 1:15; 2:11; Zf 1:15; 2Pt 3:12
Ivyah. 16:151Ts 5:2; 2Pt 3:10
Ivyah. 16:15Lk 21:36
Ivyah. 16:15Ivh 3:18
Ivyah. 16:162Ng 35:22; Zk 12:11; Ivh 19:19
Ivyah. 16:17Ef 2:2; 6:12
Ivyah. 16:17Yes 66:6; Ivh 16:1
Ivyah. 16:18Ezk 38:19
Ivyah. 16:18Dn 12:1
Ivyah. 16:18Heb 12:26
Ivyah. 16:19Ivh 17:18
Ivyah. 16:19Ivh 18:2
Ivyah. 16:19Yr 25:15; Ivh 15:7
Ivyah. 16:20Ivh 6:14
Ivyah. 16:21Yb 38:22, 23; Yes 28:2
Ivyah. 16:21Ivh 16:9
Ivyah. 16:21Kv 9:24; Ivh 11:19
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
Bibiliya y’isi nshasha
Ivyahishuwe 16:1-21

Ivyahishuwe

16 Maze numva ijwi rirenga+ rivuye aheranda ribwira ba bamarayika indwi riti: “Nimugende musuke mw’isi ayo mabakure indwi y’ishavu+ ry’Imana.”

2 Uwa mbere+ aragenda, asuka ibakure yiwe mw’isi+. Maze igisebe kibabaza kandi gikaze+ kiza ku bantu bari bafise ikimenyetso ca ca gikoko+ kandi bariko basenga ishusho yaco+.

3 Uwa kabiri+ na we asuka ibakure yiwe mu kiyaga+. Gica gihinduka amaraso+ nk’ay’umuntu yapfuye, maze igifise ubuzima cose kirapfa, egome, ibiri mu kiyaga+.

4 Uwa gatatu+ na we asuka ibakure yiwe mu nzuzi+ no mu masôko y’amazi. Bica bihinduka amaraso+. 5 Ndaheza numva umumarayika w’amazi avuga ati: “Wewe, Uwuriho kandi yariho+, Intahemuka+, uragororotse, kuko wapfunditse izo ngingo+, 6 kuko basheshe amaraso y’aberanda n’ay’abahanuzi+, nawe ubahaye amaraso+ ngo banywe. Barabikwiriye+.” 7 Maze numva igicaniro kivuga giti: “Egome, Yehova Mana, Mushoboravyose+, ingingo zawe z’ubutungane* ni iz’ukuri kandi ziragororotse+.”

8 Uwa kane+ na we asuka ibakure yiwe ku zuba; izuba rica rihabwa kubabuza+ abantu umuriro. 9 Maze abantu bababuzwa ubushuhe bukomeye, mugabo barogota kw’izina+ ry’Imana, iyifise ububasha+ kuri ivyo vyago, kandi ntibigaya ngo bayihe ubuninahazwa+.

10 Uwa gatanu na we asuka ibakure yiwe ku ntebe y’ubwami ya ca gikoko+. Ubwami bwaco buca bucurishwa umwiza+, batangura kwihekenya indimi kubera umubabaro wabo, 11 mugabo barogota+ ku Mana yo mw’ijuru kubera imibabaro n’ibisebe vyabo, kandi ntibigaya ibikorwa vyabo.

12 Uwa gatandatu+ na we asuka ibakure yiwe kuri rwa ruzi runini Efurate+, amazi yarwo aca arakama+, kugira ngo inzira itegurwe ku bw’abami+ bava i burasirazuba.

13 Maze mbona amajambo y’amahumekano+ atatu ahumanye yasa n’ibikere+ ava mu kanwa ka ca gisato+ no mu kanwa ka ca gikoko+ no mu kanwa ka wa muhanuzi w’ikinyoma+. 14 Ayo nkako ni amajambo ahumetswe+ n’amadayimoni kandi agakora ibimenyetso+, kandi aja ku bami+ b’isi yose+, ngo abakoranirize hamwe ku ntambara+ yo kuri wa musi uhambaye+ w’Imana Mushoboravyose+.

15 “Ehe ndaje nk’igisuma+. Hahiriwe uwuguma arikanuye+ akagumya impuzu ziwe zo hejuru, kugira ngo ntagende ari gusa maze abantu bakaraba isoni z’ubwambure bwiwe+.”

16 Abakoraniriza hamwe ahantu hitwa Haru–Magedoni*+ mu giheburayo.

17 Uw’indwi na we asuka ibakure yiwe ku kirere+. Ijwi rirenga+ rica risohoka rivuye aheranda kuri ya ntebe y’ubwami, rivuga riti: “Birakozwe!” 18 Maze haba imiravyo n’amajwi n’imituragaro, haba na nyamugigima ikomeye+ itari bwigere iba kuva abantu babaye kw’isi+, iba nyamugigima igera kure cane+, emwe, ikomeye cane. 19 Ca gisagara gikomeye+ gica gisadukamwo gutatu, n’ibisagara vy’amahanga biratemba; hanyuma Babiloni Akomeye+ aribukwa imbere y’Imana, kugira ngo ahabwe igikombe c’umuvinyu w’ishavu ry’uburake bwayo+. 20 Vyongeye, izinga ryose rirahunga, n’imisozi ntiyaboneka+. 21 Maze urubura rukomeye+ rw’iminana umwumwe upima nk’italanto* rumanuka ruvuye mw’ijuru rukoragurikira ku bantu, nya bantu na bo barogota+ ku Mana kubera ico cago c’urubura+, kuko icago carwo cari gikomeye bidasanzwe.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika