ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abalewi 17
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Abalewi 17:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 1:3; Gus 6:1; 12:21
  • +Lw 18:29; 20:2

Abalewi 17:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 16:4; Ezk 20:28
  • +Gus 12:5, 18
  • +Lw 3:2; 7:11

Abalewi 17:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 3:8
  • +Lw 3:16; 7:31
  • +Lw 3:5; 4:31

Abalewi 17:7

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Inyongera ya 21.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 32:17; Yos 24:14; 2Ng 11:15; 1Kr 10:20
  • +Kv 34:15; Lw 20:5; Gus 31:16; Yr 3:1; Ezk 23:8; Yak 4:4

Abalewi 17:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 1:3

Abalewi 17:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 12:6, 14
  • +Lw 17:4

Abalewi 17:10

Utujambo tw'epfo

  • *

    Ijambo ku rindi ni “mu maso hanje.”

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 9:4; Lw 3:17; 7:26; 19:26; Gus 12:16; 1Sm 14:33; Ivk 15:29
  • +Lw 20:3; Zb 34:16; Yr 44:11; 1Pt 3:12

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 39

    Umunara w’Inderetsi,

    15/11/2014, rup. 10-11

Abalewi 17:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 9:4; Lw 17:14; Gus 12:23; 1Ng 11:19
  • +Lw 8:15; 16:18
  • +Mt 26:28; Mr 14:24; Rm 3:25; 5:9; Ef 1:7; Kl 1:20
  • +Heb 9:22; 13:12; 1Pt 1:2; 1Yh 1:7; Ivh 1:5

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    “Urukundo rw’Imana,” rup. 75

    Umunara w’Inderetsi,

    15/6/2004, rup. 15-16

    Abahurikiye hamwe, rup. 159-160

Abalewi 17:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 12:49
  • +It 9:4; Gus 12:23; 1Ng 11:19; Ivk 15:20, 29

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/6/2004, rup. 15-16

    Abahurikiye hamwe, rup. 159-160

Abalewi 17:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 12:16; 15:23
  • +Ezk 24:7

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Bibiliya itwigisha iki?, rup. 139

    Ivyo Bibiliya yigisha, rup. 129

    Umunara w’Inderetsi,

    15/6/2004, rup. 15

    1/11/2000, rup. 30

Abalewi 17:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 17:11; Gus 12:23
  • +Lw 17:10

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 39

Abalewi 17:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 22:31; Gus 14:21
  • +Lw 11:40

Abalewi 17:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 7:18; Gh 19:20

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Lew. 17:4Lw 1:3; Gus 6:1; 12:21
Lew. 17:4Lw 18:29; 20:2
Lew. 17:52Bm 16:4; Ezk 20:28
Lew. 17:5Gus 12:5, 18
Lew. 17:5Lw 3:2; 7:11
Lew. 17:6Lw 3:8
Lew. 17:6Lw 3:16; 7:31
Lew. 17:6Lw 3:5; 4:31
Lew. 17:7Gus 32:17; Yos 24:14; 2Ng 11:15; 1Kr 10:20
Lew. 17:7Kv 34:15; Lw 20:5; Gus 31:16; Yr 3:1; Ezk 23:8; Yak 4:4
Lew. 17:8Lw 1:3
Lew. 17:9Gus 12:6, 14
Lew. 17:9Lw 17:4
Lew. 17:10It 9:4; Lw 3:17; 7:26; 19:26; Gus 12:16; 1Sm 14:33; Ivk 15:29
Lew. 17:10Lw 20:3; Zb 34:16; Yr 44:11; 1Pt 3:12
Lew. 17:11It 9:4; Lw 17:14; Gus 12:23; 1Ng 11:19
Lew. 17:11Lw 8:15; 16:18
Lew. 17:11Mt 26:28; Mr 14:24; Rm 3:25; 5:9; Ef 1:7; Kl 1:20
Lew. 17:11Heb 9:22; 13:12; 1Pt 1:2; 1Yh 1:7; Ivh 1:5
Lew. 17:12Kv 12:49
Lew. 17:12It 9:4; Gus 12:23; 1Ng 11:19; Ivk 15:20, 29
Lew. 17:13Gus 12:16; 15:23
Lew. 17:13Ezk 24:7
Lew. 17:14Lw 17:11; Gus 12:23
Lew. 17:14Lw 17:10
Lew. 17:15Kv 22:31; Gus 14:21
Lew. 17:15Lw 11:40
Lew. 17:16Lw 7:18; Gh 19:20
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
Bibiliya y’isi nshasha
Abalewi 17:1-16

Abalewi

17 Yehova yongera kubwira Musa ati: 2 “Vugana na Aroni n’abahungu biwe na bene Isirayeli bose, ubabwire uti: ‘Iki ni co kintu Yehova ategetse, ati:

3 “‘“Umuntu wese wo mu nzu ya Isirayeli akereye ishūri canke impfizi y’intama y’umukangara canke impene, mw’ikambi canke hanze y’ikambi, 4 hanyuma vy’ukuri ntayizane ku bwinjiriro bw’ihema ry’ihuriro+ kuyishikana bwa shikanwa rihabwa Yehova imbere y’itaberenakulo ya Yehova, uyo muntu azoharurwako amaraso. Azoba yasheshe amaraso, kandi uyo muntu ategerezwa kurandurwa mu bantu b’iwabo+, 5 kugira bene Isirayeli bazane ibimazi vyabo, ivyo bashikanira mu gahinga+, babizanire Yehova ku bwinjiriro bw’ihema ry’ihuriro babihe umuherezi+, babishikanire Yehova bwa bimazi vy’ugusangira+. 6 Kandi umuherezi aze amijagire amaraso ku gicaniro+ ca Yehova ku bwinjiriro bw’ihema ry’ihuriro, kandi aze afumbishe umwotsi ikinure+ kibe akamoto karuhura kuri Yehova+. 7 Ntibakwiye rero kwongera gushikanira ibimazi vyabo ya madayimoni* asa n’impene+, ayo bashurashurana+. Ico kizobabera icagezwe gushika igihe kitagira urugero, mu mayaruka yanyu yose.”’

8 “Kandi uze ubabwire uti: ‘Umuntu wese wo mu nzu ya Isirayeli, canke kavamahanga wese abayeho ari kavamahanga hagati muri mwebwe, ashikanye ishikanwa riturirwa+ canke ikimazi 9 hanyuma ntabizane ku bwinjiriro bw’ihema ry’ihuriro kubihereza Yehova+, uyo muntu ategerezwa kurandurwa mu bantu b’iwabo+.

10 “‘Umuntu wese wo mu nzu ya Isirayeli canke kavamahanga wese abayeho ari kavamahanga hagati muri mwebwe azorya amaraso y’ubwoko na bumwe+, emwe, nzoshinga igitsure canje* uyo muntu+ arya amaraso, kandi nzomurandura koko mu bantu b’iwabo. 11 Kuko ubuzima bw’umubiri buri mu maraso+, nanje nkaba nayashize ku gicaniro ku bwanyu kugira mutangirwe impongano+, kuko amaraso+ ari yo atuma haba impongano+ biciye ku buzima buri muri yo. 12 Ni co gituma nabwiye bene Isirayeli nti: “Ntihaze hagire uwo muri mwebwe arya amaraso, kandi nta kavamahanga abayeho ari kavamahanga hagati muri mwebwe+ akwiye kurya amaraso+.”

13 “‘Umuntu wese wo muri bene Isirayeli, canke kavamahanga wese abayeho ari kavamahanga hagati muri mwebwe, azofata igikoko canke ikiguruka kiribwa ari guhiga, aze asese amaraso yaco hasi+ hanyuma ayarenzeko umukungugu+. 14 Kuko ubuzima bw’ikiri n’umubiri cose ari amaraso yaco biciye ku buzima buri muri yo. Ku bw’ivyo rero, nabwiye bene Isirayeli nti: “Ntimuze murye amaraso y’ikiri n’umubiri na kimwe, kuko ubuzima bw’ikiri n’umubiri cose ari amaraso yaco+. Uwo wese ayariye azorandurwa+.” 15 Umuntu wese ariye umuvyimba w’icamaze gupfa canke icatabaguwe n’igikoko+, yaba imvukira canke kavamahanga, ategerezwa rero kumesa impuzu ziwe kandi akiyuhagira mu mazi, akaba uwuhumanye gushika ku mugoroba+, aheze abe uwudahumanye. 16 Mugabo natazimesa kandi ntiyuhagire umubiri wiwe, ategerezwa rero kwishura ikosa ryiwe+.’”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika