ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zefaniya 2
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Zefaniya 2:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yw 1:14; 2:16
  • +Yes 1:4; Yr 6:15

Zefaniya 2:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Pt 3:9
  • +2Ng 36:16; Yr 23:20; Int 4:11
  • +2Bm 23:26; Nah 1:6; Mal 4:1

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/3/2001, rup. 8-9

Zefaniya 2:3

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Inyongera ya 21.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 105:4; Yes 2:3; 55:6; Am 5:6
  • +Zb 25:9; 76:9; Mt 5:5
  • +Mt 6:33; Rm 1:17; 10:3; Ef 4:24
  • +Zb 25:9; Img 22:4
  • +Zb 37:11; Yw 2:14; Am 5:15; Yon 3:9
  • +It 7:16; Zb 31:20; Yes 26:20

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    2/2019, rup. 13

    Agatabu k’ikoraniro ry’Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu,

    12/2017, rup. 2

    Igikorwa dukorera Ubwami,

    7/2014, rup. 3

    Umunara w’Inderetsi,

    15/11/2007, rup. 11

    1/8/2005, rup. 31

    15/5/2005, rup. 30

    1/3/2001, rup. 8-11, 17

Zefaniya 2:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 25:20; Am 1:6; Zk 9:5
  • +Yr 25:20; 47:5; Ezk 25:16
  • +Am 1:8
  • +Zb 91:6; Yr 15:8
  • +Zk 9:5

Zefaniya 2:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 25:16
  • +Yos 13:3; Yes 14:29

Zefaniya 2:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 17:2; Ezk 25:5

Zefaniya 2:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 11:11; Yr 31:7; Mik 2:12; 4:7; Hg 1:12
  • +Mik 4:10; Lk 1:68
  • +Zb 126:1; Yr 23:3; 29:14; 30:10; Ezk 39:25; Am 9:14; Zf 3:20

Zefaniya 2:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 48:27; Ezk 25:8
  • +Zb 83:4; Yr 49:1; Ezk 25:3

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/3/2001, rup. 11

Zefaniya 2:9

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Inyongera ya 21.

  • *

    Raba Inyongera ya 21.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 14:21; Yes 49:18; Yr 46:18; Rm 14:11
  • +It 19:24; Ezk 25:11; Am 2:1
  • +Ezk 25:2; Am 1:13
  • +Gus 29:23; Yes 13:19; Yr 50:40; Yw 3:19; Yud 7
  • +Mik 5:8

Zefaniya 2:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 16:6; Yr 48:29; Ob 3
  • +Yes 10:12; 37:23; Ezk 38:11; Yak 5:4; 1Pt 5:5

Zefaniya 2:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Neh 1:5
  • +Hs 2:17; Zk 13:2
  • +Zb 22:27; 72:9; Mal 1:11
  • +Yes 42:4; 49:1

Zefaniya 2:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 20:4; 43:3; Ezk 30:4
  • +Zb 17:13; Yr 47:6

Zefaniya 2:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 10:12; Ezk 31:3, 11; Nah 3:5
  • +Nah 3:7, 18

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Be maso!,

    no. 3 2017 rup. 5

    1/2011, rup. 30

    Umunara w’Inderetsi,

    1/3/2001, rup. 11-12

Zefaniya 2:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivh 18:2
  • +Yes 34:11
  • +Am 9:1
  • +Yr 22:14

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/11/2007, rup. 11

Zefaniya 2:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 22:2; 47:7; Nah 3:1
  • +Yes 47:8
  • +Nah 3:19

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Zef. 2:1Yw 1:14; 2:16
Zef. 2:1Yes 1:4; Yr 6:15
Zef. 2:22Pt 3:9
Zef. 2:22Ng 36:16; Yr 23:20; Int 4:11
Zef. 2:22Bm 23:26; Nah 1:6; Mal 4:1
Zef. 2:3Zb 105:4; Yes 2:3; 55:6; Am 5:6
Zef. 2:3Zb 25:9; 76:9; Mt 5:5
Zef. 2:3Mt 6:33; Rm 1:17; 10:3; Ef 4:24
Zef. 2:3Zb 25:9; Img 22:4
Zef. 2:3Zb 37:11; Yw 2:14; Am 5:15; Yon 3:9
Zef. 2:3It 7:16; Zb 31:20; Yes 26:20
Zef. 2:4Yr 25:20; Am 1:6; Zk 9:5
Zef. 2:4Yr 25:20; 47:5; Ezk 25:16
Zef. 2:4Am 1:8
Zef. 2:4Zb 91:6; Yr 15:8
Zef. 2:4Zk 9:5
Zef. 2:5Ezk 25:16
Zef. 2:5Yos 13:3; Yes 14:29
Zef. 2:6Yes 17:2; Ezk 25:5
Zef. 2:7Yes 11:11; Yr 31:7; Mik 2:12; 4:7; Hg 1:12
Zef. 2:7Mik 4:10; Lk 1:68
Zef. 2:7Zb 126:1; Yr 23:3; 29:14; 30:10; Ezk 39:25; Am 9:14; Zf 3:20
Zef. 2:8Yr 48:27; Ezk 25:8
Zef. 2:8Zb 83:4; Yr 49:1; Ezk 25:3
Zef. 2:9Gh 14:21; Yes 49:18; Yr 46:18; Rm 14:11
Zef. 2:9It 19:24; Ezk 25:11; Am 2:1
Zef. 2:9Ezk 25:2; Am 1:13
Zef. 2:9Gus 29:23; Yes 13:19; Yr 50:40; Yw 3:19; Yud 7
Zef. 2:9Mik 5:8
Zef. 2:10Yes 16:6; Yr 48:29; Ob 3
Zef. 2:10Yes 10:12; 37:23; Ezk 38:11; Yak 5:4; 1Pt 5:5
Zef. 2:11Neh 1:5
Zef. 2:11Hs 2:17; Zk 13:2
Zef. 2:11Zb 22:27; 72:9; Mal 1:11
Zef. 2:11Yes 42:4; 49:1
Zef. 2:12Yes 20:4; 43:3; Ezk 30:4
Zef. 2:12Zb 17:13; Yr 47:6
Zef. 2:13Yes 10:12; Ezk 31:3, 11; Nah 3:5
Zef. 2:13Nah 3:7, 18
Zef. 2:14Ivh 18:2
Zef. 2:14Yes 34:11
Zef. 2:14Am 9:1
Zef. 2:14Yr 22:14
Zef. 2:15Yes 22:2; 47:7; Nah 3:1
Zef. 2:15Yes 47:8
Zef. 2:15Nah 3:19
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
Bibiliya y’isi nshasha
Zefaniya 2:1-15

Zefaniya

2 Nimukoranire hamwe, egome, nimukorane+, yewe hanga riticwa n’ibimaramare+! 2 Imbere y’uko icagezwe kigira ico kivyara+, imbere y’uko wa musi uhita nk’umuguruka, imbere y’uko ishavu rirurumba rya Yehova ribazako+, imbere y’uko wa musi w’ishavu rya Yehova ubazako+, 3 nimurondere Yehova+, yemwe abatekereza bo kw’isi mwese+, abashize mu ngiro ingingo yiwe y’ubutungane*. Nimurondere ubugororotsi+, nimurondere ubutekereji+. Hari aho+ mwohishwa kuri wa musi w’ishavu rya Yehova+. 4 Kuko Gaza izocika igisagara cahebwe+; Ashikeloni na yo izoba igiharabuga+. Ashidodi+ izokwirukanwa ku mutaga w’amaminangohe+; nayo Ekuroni, izorandurwa+.

5 “Baragowe ababa mu karere k’ikiyaga, ihanga ry’Abakereti+! Ijambo rya Yehova ni mwebwe rirwanya. Ewe Kanani, wewe gihugu c’Abafilisitiya, na wewe nzokurandura ntihagire uwukubamwo+. 6 Kandi akarere k’ikiyaga kazocika koko amatongo y’uburagiriro+, afise amariba y’abungere be n’ingo zubakishijwe amabuye zigenewe intama. 7 Emwe, kazocika akarere k’abasigaye b’inzu ya Yuda+. Ni ho bazorisha. Ku mugoroba bazokwigaramangira mu mazu ya Ashikeloni. Kuko Yehova Imana yabo azobitaho+, akagarukana koko abagizwe imbohe bo muri bo+.”

8 “Narumvise agacokoro ka Mowabu+ be n’amajambo y’ibitutsi ya bene Amoni+, ivyo batutse abantu banje, bakaguma bihambaza barwanya akarere kabo. 9 Ku bw’ivyo rero, ndahiye ukubaho kwanje+,” ni ko Yehova nyen’ingabo* avuze, ya Mana ya Isirayeli, “Mowabu izocika nka Sodomu+, bene Amoni+ na bo bacike nka Gomora, ahiganziwe n’ibisuru, habe icobo c’umunyu n’igiharabuga, emwe, gushika igihe kitagira urugero*+. Bazosahurwa n’abasigaye bo mu bantu banje, kandi amasigarira y’ihanga ryanje azobigarurira+. 10 Ivyo ni vyo bazoronka mu kibanza c’ubwishime bwabo+, kuko batutse abantu ba Yehova nyen’ingabo, bakaguma babihambazako+. 11 Yehova azoba uwuteye ubwoba kuri bo+; kuko azonambisha imana zose zo kw’isi+, kandi abantu bazomwunamira+, umwe wese aho ari, amazinga yose y’amahanga+.

12 “Na mwebwe Banyetiyopiya ni kwo kw’ukwo+, muzoba abagandaguwe n’inkota yanje+.

13 “Azoramvura  ukuboko kwiwe akwerekeze mu buraruko, arandure Ashuri+. Kandi Ninewe azoyigira igiharabuga+, akarere kagadutse nk’agahinga. 14 Amasho azokwigaramangira hagati muri Ninewe, n’ibikoko vyose vyo mw’ihanga+. Ikinyoni ntamayuruzi be n’ikinyogoto+ bizokwirarira hagati y’imitwe y’inkingi zaho+. Hazoguma humvikana ijwi riririmbira mw’idirisha. Hazoba agatikizo ku rwinjiriro, kuko imbaho zo ku mpome atazobura kuzisiga amenya+. 15 Ico ni ca gisagara c’akanyamuneza ntangere, cahora ciyicariye mu mutekano+, kimwe cahora kivuga mu mutima waco ngo: ‘Ni jewe, nta wundi ariho+.’ Ewe kuntu gicitse akajoreza, aho ibikoko vyo mw’ishamba vyigaramangira! Uwuzoca iruhande yaco wese azovuza agahwa, azunze ukuboko+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika