ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Daniyeli 8
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Daniyeli 8:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Dn 5:1
  • +Dn 7:1, 15

Daniyeli 8:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Neh 1:1; Est 2:8
  • +It 10:22; Yes 11:11; 21:2
  • +Dn 8:16

Daniyeli 8:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 13:17; 21:2; Yr 51:11; Dn 7:5; 8:20
  • +Est 1:3; Yes 44:28; Dn 11:2

Daniyeli 8:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 45:1; Yr 51:12; Dn 5:30

Daniyeli 8:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Dn 2:39; 7:3; 8:21
  • +Dn 11:3

Daniyeli 8:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Dn 7:6

Daniyeli 8:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 21:24; Yes 29:20
  • +Dn 8:22; 11:4

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    ‘Igihugu ciza’, rup. 26-27

Daniyeli 8:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Dn 7:8, 20
  • +Zb 48:2; Yes 4:2; 28:5; Ezk 20:6; Dn 11:16, 45

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/9/2007, rup. 20

Daniyeli 8:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 14:13; Dn 7:25
  • +Dn 12:3; Ivh 1:20
  • +Ivh 11:7

Daniyeli 8:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Dn 8:25
  • +Kv 29:38; Dn 12:11
  • +Dn 11:31; 1Kr 3:17; Ivh 3:12; 11:2

Daniyeli 8:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 24:9; Ivh 11:7; 13:7
  • +Gh 28:23; Ezr 3:5; Hs 14:2; Heb 13:15
  • +Zb 106:6; Yes 44:22
  • +Yoh 4:24
  • +Yes 59:14
  • +Yr 12:1

Daniyeli 8:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Pt 1:12
  • +Ivh 6:10
  • +Dn 12:11; Mt 24:15; Mr 13:14
  • +Yes 63:18; Dn 7:25; 12:7; Ivh 11:2

Daniyeli 8:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 1:27; 45:25; 60:17; Ivh 11:11

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/2/2001, rup. 29

Daniyeli 8:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Dn 1:17
  • +Dn 7:16

Daniyeli 8:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Dn 8:2
  • +Dn 9:21; Lk 1:19, 26
  • +Dn 9:22

Daniyeli 8:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Dn 9:23
  • +Ezk 2:1
  • +Dn 10:14; 12:4, 9

Daniyeli 8:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Dn 10:9
  • +Dn 10:10; Zk 4:1

Daniyeli 8:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Dn 11:27; Mt 24:3

Daniyeli 8:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Dn 7:5; 8:3; 11:2

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/6/2012, rup. 10-11

Daniyeli 8:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Dn 7:6; 8:5
  • +Dn 11:3

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/6/2012, rup. 10-11

    Ubumenyi, rup. 18-19

Daniyeli 8:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Dn 8:8; 11:4

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/6/2012, rup. 10-11

    Ubumenyi, rup. 18-19

Daniyeli 8:23

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Dn 7:8, 11; Ivh 13:11

Daniyeli 8:24

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lk 4:6; Ivh 13:2, 7
  • +Dn 7:25; Ivh 11:18
  • +Dn 8:10; Ivh 13:10; 16:6

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/6/2012, rup. 16

Daniyeli 8:25

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Dn 7:8; Ivh 13:13
  • +Img 16:18; 21:4
  • +Yr 22:21
  • +Yr 48:26; Dn 5:23; 8:11
  • +Dn 7:26; Ivh 19:20

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/9/2007, rup. 20

Daniyeli 8:26

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 14:24; 46:10; 55:11
  • +Dn 10:14; Ivh 22:10

Daniyeli 8:27

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Dn 7:28; 10:16
  • +Dn 2:48
  • +Dn 8:17

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Dan. 8:1Dn 5:1
Dan. 8:1Dn 7:1, 15
Dan. 8:2Neh 1:1; Est 2:8
Dan. 8:2It 10:22; Yes 11:11; 21:2
Dan. 8:2Dn 8:16
Dan. 8:3Yes 13:17; 21:2; Yr 51:11; Dn 7:5; 8:20
Dan. 8:3Est 1:3; Yes 44:28; Dn 11:2
Dan. 8:4Yes 45:1; Yr 51:12; Dn 5:30
Dan. 8:5Dn 2:39; 7:3; 8:21
Dan. 8:5Dn 11:3
Dan. 8:7Dn 7:6
Dan. 8:8Img 21:24; Yes 29:20
Dan. 8:8Dn 8:22; 11:4
Dan. 8:9Dn 7:8, 20
Dan. 8:9Zb 48:2; Yes 4:2; 28:5; Ezk 20:6; Dn 11:16, 45
Dan. 8:10Yes 14:13; Dn 7:25
Dan. 8:10Dn 12:3; Ivh 1:20
Dan. 8:10Ivh 11:7
Dan. 8:11Dn 8:25
Dan. 8:11Kv 29:38; Dn 12:11
Dan. 8:11Dn 11:31; 1Kr 3:17; Ivh 3:12; 11:2
Dan. 8:12Mt 24:9; Ivh 11:7; 13:7
Dan. 8:12Gh 28:23; Ezr 3:5; Hs 14:2; Heb 13:15
Dan. 8:12Zb 106:6; Yes 44:22
Dan. 8:12Yoh 4:24
Dan. 8:12Yes 59:14
Dan. 8:12Yr 12:1
Dan. 8:131Pt 1:12
Dan. 8:13Ivh 6:10
Dan. 8:13Dn 12:11; Mt 24:15; Mr 13:14
Dan. 8:13Yes 63:18; Dn 7:25; 12:7; Ivh 11:2
Dan. 8:14Yes 1:27; 45:25; 60:17; Ivh 11:11
Dan. 8:15Dn 1:17
Dan. 8:15Dn 7:16
Dan. 8:16Dn 8:2
Dan. 8:16Dn 9:21; Lk 1:19, 26
Dan. 8:16Dn 9:22
Dan. 8:17Dn 9:23
Dan. 8:17Ezk 2:1
Dan. 8:17Dn 10:14; 12:4, 9
Dan. 8:18Dn 10:9
Dan. 8:18Dn 10:10; Zk 4:1
Dan. 8:19Dn 11:27; Mt 24:3
Dan. 8:20Dn 7:5; 8:3; 11:2
Dan. 8:21Dn 7:6; 8:5
Dan. 8:21Dn 11:3
Dan. 8:22Dn 8:8; 11:4
Dan. 8:23Dn 7:8, 11; Ivh 13:11
Dan. 8:24Lk 4:6; Ivh 13:2, 7
Dan. 8:24Dn 7:25; Ivh 11:18
Dan. 8:24Dn 8:10; Ivh 13:10; 16:6
Dan. 8:25Dn 7:8; Ivh 13:13
Dan. 8:25Img 16:18; 21:4
Dan. 8:25Yr 22:21
Dan. 8:25Yr 48:26; Dn 5:23; 8:11
Dan. 8:25Dn 7:26; Ivh 19:20
Dan. 8:26Yes 14:24; 46:10; 55:11
Dan. 8:26Dn 10:14; Ivh 22:10
Dan. 8:27Dn 7:28; 10:16
Dan. 8:27Dn 2:48
Dan. 8:27Dn 8:17
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
  • 25
  • 26
  • 27
Bibiliya y’isi nshasha
Daniyeli 8:1-27

Daniyeli

8 Mu mwaka ugira gatatu w’ingoma ya Belushazari+ umwami, hari ivyo neretswe, egome jewe Daniyeli, inyuma y’ivyari vyambonekeye mu ntango+. 2 Hanyuma ntangura kubona ibintu muri iryo yerekwa; igihe nabibona, nari ku kirimba Shushani+, ikiri mu ntara y’ubutware ya Elamu+; nuko ntangura kubona ibintu muri iryo yerekwa, kandi nari iruhande y’umugende w’amazi wa Ulayi+. 3 Ngize ngo ndararamura amaso, nca mbona impfizi y’intama+ ihagaze imbere ya nya mugende w’amazi, kandi yari ifise amahembe abiri. Nya mahembe abiri yari maremare, mugabo rimwe ryari rirerire kuruta irindi, kandi irirerire ni ryo ryanaze mu nyuma+. 4 Mbona nya mpfizi y’intama isekagura amahembe mu burengero no mu buraruko no mu bumanuko, kandi nta gikoko na kimwe caguma gihagaze imbere yayo, kandi nta n’umwe yashobora kugira ico arokoye mu kuboko kwayo+. Yakora ivyo yigombeye, ikihambaza.

5 Nanje nguma ndabirimbura, maze ehe isuguru y’impene+ yariko izanana i burengerazuba ku buringanire bw’isi yose, idakora hasi. Iyo suguru y’impene, hagati y’amaso yari ifise ihembe ryibonekeje+. 6 Iguma iza gushika kuri ya mpfizi y’intama ifise ya mahembe abiri, imwe nari nabonye ihagaze imbere ya wa mugende w’amazi; iza yiruka iyigana iri n’ubushangashirwe bukaze.

7 Nuko mbona yegera cane nya mpfizi y’intama, itangura kuyirakarira, irayisekeza, iyivuna ya mahembe abiri, nya mpfizi y’intama ntiyagira ububasha bwo guhagarara imbere yayo. Iyikubita hasi, irayikandagira, ntihaboneka uwukiza nya mpfizi y’intama mu kuboko kw’iyo mpfizi y’impene+.

8 Nya suguru y’impene irihambaza+ bimwe birenze; mugabo ikimara kugira inkomezi, rya hembe rinini riravunwa, mu kibanza caryo hanaga amahembe ane mu buryo bwibonekeje, yerekeje kuri ya miyaga ine y’amajuru+.

9 Hanyuma hamera irindi hembe ritoya rivuye muri rimwe muri yo+, riguma rikura cane ryerekeje i bumanuko n’i burasirazuba, ryerekeje kandi kuri ca Kirezi+. 10 Kandi riguma rikura gushika ku ngabo z’amajuru+, ku buryo rikororera hasi zimwe muri nya ngabo na zimwe mu nyenyeri+, irazikandagira+. 11 Kandi ririhambaza gushika ku Muganwa+ wa nya ngabo, maze yakwa ca kimazi c’ubudasiba+, ikibanza cashinzwe c’aheranda hiwe kiratembagazwa+. 12 Amaherezo umugwi w’ingabo uratangwa+, hamwe na ca kimazi c’ubudasiba+, kubera ukugabitanya+; kandi riguma rishiburira ukuri+ hasi+, rirakora, riraroranirwa+.

13 Maze numva umweranda umwe+ avuga, uwundi mweranda na we abwira umwe yariko aravuga, ati: “Mbega iryo yerekwa ryerekeye ikimazi c’ubudasiba+ be n’ukugabitanya guteza ubugesera rizogeza ryari+, ha hantu heranda be na za ngabo bikagirwa ivyo guhonyangwa+?” 14 Nuko ambwira ati: “Ni kugeza ku migoroba n’ibitondo ibihumbi bibiri n’amajana atatu; maze ha hantu heranda hazogirwa uko habereye kumera+.”

15 Maze jewe Daniyeli nkiriko ndabona ivyo nariko nderekwa nongera ndondera kubitegera+, erega, ehe imbere yanje hari hahagaze uwufise ishusho nk’iy’umuntu w’umugabo+. 16 Ntangura kwumva hagati muri Ulayi+ ijwi ry’umuntu yakuwe mw’ivu, arasemerera, ati: “Gaburiyeli we+, fasha uwo muntu gutegera ico kintu abonye+.” 17 Nuko aza iruhande y’aho nari mpagaze, mugabo aje, ntekerwa n’ubwoba, nca ngwa nubamye. Araheza ambwira ati: “Tegera+ mwana w’umuntu+, yuko iryo yerekwa ari iry’igihe c’iherezo+.” 18 Akiriko aravugana nanje, mba nasinziriye ubutikoma nubamye hasi+. Nuko ankorako, ampagarika ha handi nari mpagaze+. 19 Hanyuma avuga ati: “Ehe ngira nkumenyeshe ibizoba mu kiringo ca nyuma c’imisibo, kuko ari ivy’igihe cashinzwe c’iherezo+.

20 “Impfizi y’intama wabonye y’amahembe abiri, igereranya abami b’Ubumedi n’Ubuperesi+. 21 Ya suguru y’impene y’ivyoya na yo, igereranya umwami w’Ubugiriki+; nayo rya hembe rinini ryari hagati y’amaso yayo, rigereranya umwami wa mbere+. 22 Kandi ko iryo hembe ryavunywe, amaherezo mu kibanza caryo hagahaguruka ane+, hazohaguruka ubwami bune buvuye mw’ihanga ryiwe, mugabo budafise ububasha nk’ubwiwe.

23 “Kandi mu kiringo ca nyuma c’ubwami bwabo, abagabitanya nibakora bagashika kw’iherezo ry’ibikorwa vyabo, hazohaguruka umwami akaze mu maso kandi ategera amajambo ahinyitse+. 24 Ububasha bwiwe buzokomera, mugabo bitavuye ku bubasha bwiwe bwite+. Azoteza agatikizo mu buryo bw’agatangaza+, aroranirwe koko kandi ashike ku co ashaka. Azotikiza vy’ukuri abanyenkomezi, be n’igisata kigizwe n’aberanda+. 25 Kandi, nk’uko ugutahura kwimbitse kwiwe kuri, azotuma ubuhendanyi buroranirwa mu kuboko kwiwe+. Azokwihambaza mu mutima wiwe+, atikize benshi igihe ata wuzoba ari n’ico yinona+. Azohaguruka arwanye wa Muganwa w’abaganwa+, mugabo azovunagurwa ata kuboko gukoreshejwe+.

26 “Kandi ca kintu wabona ku vyerekeye umugoroba n’igitondo, ari na co cavuzwe, ni ic’ukuri+. Nayo wewe, iryo yerekwa nurigire akabanga, kuko rikiri iry’imisi myinshi izoza+.”

27 Nayo jewe Daniyeli, intege ziramperana, mara imisi ndwaye+. Hanyuma ndavyuka, nkora igikorwa c’umwami+; mugabo nguma ntimvye kubera nya kintu nari nabonye, kandi nta n’umwe yabitegera+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika