ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ivyahishuwe 11
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Ivyahishuwe 11:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 40:3
  • +1Kr 3:16; 2Kr 6:16; Ef 2:21; 1Pt 2:5; 4:17

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/11/2014, rup. 29-30

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 161-162

Ivyahishuwe 11:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 40:17
  • +Lk 21:24
  • +Heb 12:22; Ivh 21:2
  • +Ivh 13:5

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/11/2014, rup. 29-30

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 162-164

Ivyahishuwe 11:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yoh 8:17
  • +Ivk 2:17; Ivh 19:10
  • +Zb 69:11

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Agatabu k’ikoraniro ry’Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu,

    12/2019, rup. 3

    Umunara w’Inderetsi,

    15/11/2014, rup. 29-30

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 164

Ivyahishuwe 11:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zk 4:3, 11
  • +Zk 4:12; Mt 5:14
  • +Zk 4:14

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/11/2014, rup. 29

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 164

Ivyahishuwe 11:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 5:14

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/11/2014, rup. 29

    1/6/1997, rup. 9-10

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 165-166

Ivyahishuwe 11:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lk 4:25
  • +1Bm 17:1; Yak 5:17
  • +It 9:4; Kv 7:19; Ivk 15:20

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/11/2014, rup. 29

    1/6/1997, rup. 9-10

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 165, 166-167, 208

Ivyahishuwe 11:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivh 13:1
  • +Ivh 2:10, 13; 12:17

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    5/2020, rup. 6

    Agatabu k’ikoraniro ry’Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu,

    12/2019, rup. 3

    Umunara w’Inderetsi,

    15/11/2014, rup. 29

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 167-169

Ivyahishuwe 11:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 1:10
  • +Lk 13:33; Heb 13:12

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 167-169

Ivyahishuwe 11:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivh 13:7; 17:15
  • +Ivh 11:11

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Agatabu k’ikoraniro ry’Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu,

    12/2019, rup. 3

    Umunara w’Inderetsi,

    15/11/2014, rup. 29-30

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 167-169

Ivyahishuwe 11:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 35:15; Img 24:17
  • +Lk 23:12

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/11/2014, rup. 29

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 167-168

Ivyahishuwe 11:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivh 11:9
  • +Ezk 37:5

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Agatabu k’ikoraniro ry’Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu,

    12/2019, rup. 3

    Umunara w’Inderetsi,

    15/11/2014, rup. 29-30

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 168-170

Ivyahishuwe 11:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 29:4
  • +Zb 50:5; 147:2; Ivh 4:1

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 169-170, 199

Ivyahishuwe 11:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 6:13
  • +Yes 26:16

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 170-171

Ivyahishuwe 11:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivh 9:12

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 158, 171

Ivyahishuwe 11:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivh 8:6
  • +1Ng 29:11; Zb 22:28; 97:1; Dn 4:17, 34; Ivh 12:10
  • +Zb 2:6; Ezk 21:27; Dn 7:13; Lk 1:33; 22:29; 2Pt 1:11
  • +Zb 145:13; Dn 2:44

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 158, 171-172, 176

    Senga Imana, rup. 93-94

Ivyahishuwe 11:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivh 4:10; 14:3
  • +Zb 95:6
  • +Ivh 7:11

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 172-173

Ivyahishuwe 11:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 12:1
  • +Kv 6:3; Am 4:13; Ivh 16:7
  • +Kv 3:14; Ivh 1:4; 16:5
  • +Kv 9:16; Yb 37:23; Yes 40:26; Rm 9:17; Ivh 4:11
  • +Zb 99:1; Zk 14:9; Ivh 19:6

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 172-173, 176

Ivyahishuwe 11:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Ts 4:16; Heb 11:6; Ivh 14:13
  • +Hs 12:10; Am 3:7; Mt 2:23; Ivk 3:18; Rm 1:2; Heb 1:1; Yak 5:10; 1Pt 1:10
  • +Zb 115:13; Ivk 26:22
  • +Yes 6:11; Yr 4:7; 26:18; Mik 3:12
  • +It 6:11; Zb 53:1; Yr 6:28; 51:25; Zf 3:7

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/5/2015, rup. 6-7

    1/9/2014, rup. 3-4, 6

    1/5/2011, rup. 8

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 173-176

    Ubumenyi, rup. 105

    Urashobora Kubaho, rup. 137

Ivyahishuwe 11:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivh 14:17
  • +1Bm 8:1; Zb 132:8
  • +Hab 2:20; Heb 8:2; 9:11

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 175-176

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Ivyah. 11:1Ezk 40:3
Ivyah. 11:11Kr 3:16; 2Kr 6:16; Ef 2:21; 1Pt 2:5; 4:17
Ivyah. 11:2Ezk 40:17
Ivyah. 11:2Lk 21:24
Ivyah. 11:2Heb 12:22; Ivh 21:2
Ivyah. 11:2Ivh 13:5
Ivyah. 11:3Yoh 8:17
Ivyah. 11:3Ivk 2:17; Ivh 19:10
Ivyah. 11:3Zb 69:11
Ivyah. 11:4Zk 4:3, 11
Ivyah. 11:4Zk 4:12; Mt 5:14
Ivyah. 11:4Zk 4:14
Ivyah. 11:5Yr 5:14
Ivyah. 11:6Lk 4:25
Ivyah. 11:61Bm 17:1; Yak 5:17
Ivyah. 11:6It 9:4; Kv 7:19; Ivk 15:20
Ivyah. 11:7Ivh 13:1
Ivyah. 11:7Ivh 2:10, 13; 12:17
Ivyah. 11:8Yes 1:10
Ivyah. 11:8Lk 13:33; Heb 13:12
Ivyah. 11:9Ivh 13:7; 17:15
Ivyah. 11:9Ivh 11:11
Ivyah. 11:10Zb 35:15; Img 24:17
Ivyah. 11:10Lk 23:12
Ivyah. 11:11Ivh 11:9
Ivyah. 11:11Ezk 37:5
Ivyah. 11:12Zb 29:4
Ivyah. 11:12Zb 50:5; 147:2; Ivh 4:1
Ivyah. 11:13Yes 6:13
Ivyah. 11:13Yes 26:16
Ivyah. 11:14Ivh 9:12
Ivyah. 11:15Ivh 8:6
Ivyah. 11:151Ng 29:11; Zb 22:28; 97:1; Dn 4:17, 34; Ivh 12:10
Ivyah. 11:15Zb 2:6; Ezk 21:27; Dn 7:13; Lk 1:33; 22:29; 2Pt 1:11
Ivyah. 11:15Zb 145:13; Dn 2:44
Ivyah. 11:16Ivh 4:10; 14:3
Ivyah. 11:16Zb 95:6
Ivyah. 11:16Ivh 7:11
Ivyah. 11:17Yes 12:1
Ivyah. 11:17Kv 6:3; Am 4:13; Ivh 16:7
Ivyah. 11:17Kv 3:14; Ivh 1:4; 16:5
Ivyah. 11:17Kv 9:16; Yb 37:23; Yes 40:26; Rm 9:17; Ivh 4:11
Ivyah. 11:17Zb 99:1; Zk 14:9; Ivh 19:6
Ivyah. 11:181Ts 4:16; Heb 11:6; Ivh 14:13
Ivyah. 11:18Hs 12:10; Am 3:7; Mt 2:23; Ivk 3:18; Rm 1:2; Heb 1:1; Yak 5:10; 1Pt 1:10
Ivyah. 11:18Zb 115:13; Ivk 26:22
Ivyah. 11:18Yes 6:11; Yr 4:7; 26:18; Mik 3:12
Ivyah. 11:18It 6:11; Zb 53:1; Yr 6:28; 51:25; Zf 3:7
Ivyah. 11:19Ivh 14:17
Ivyah. 11:191Bm 8:1; Zb 132:8
Ivyah. 11:19Hab 2:20; Heb 8:2; 9:11
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
Bibiliya y’isi nshasha
Ivyahishuwe 11:1-19

Ivyahishuwe

11 Maze mpabwa irenga rimeze nk’inkoni+ igihe yavuga ati: “Haguruka ugere aheranda h’urusengero+ rw’Imana n’igicaniro be n’abahasengera. 2 Nayo urugo ruri hanze+ y’aheranda h’urusengero, rute hanze, nturugere, kuko ruhawe amahanga+, kandi azohonyangira ca gisagara ceranda+ munsi y’ibirenge amezi mirongo ine n’abiri+. 3 Kandi vya vyabona vyanje bibiri+ nzotuma bivuga ubuhanuzi+ imisi igihumbi n’amajana abiri na mirongo itandatu vyambaye amagunira+.” 4 Abo bagereranywa na vya biti vy’imyelayo bibiri+ na vya bitereko vy’amatara bibiri+, kandi bahagaze imbere y’Umukama w’isi+.

5 Kandi hagize uwushaka kubagirira nabi, umuriro uca uva mu minwa yabo, ukarigita abansi babo+; kandi hamwe hogira uwushaka kubagirira nabi, ategerezwa kwicwa muri ubwo buryo. 6 Abo barafise ububasha bwo kwugara ijuru+ kugira ngo ntihagire imvura igwa+ mu misi y’igikorwa cabo c’ukuvuga ubuhanuzi, kandi barafise ububasha ku mazi bwo kuyahindura amaraso+ no guteza isi ivyago vy’ubwoko bwose incuro bashaka zose.

7 Kandi nibarangiza igikorwa cabo c’ugushinga intahe, ca gikoko kiduga kivuye mu nyenga+ kizorwana na bo, kibatsinde, kibice+. 8 Kandi ibiziga vyabo bizoba mu nzira yagutse ya ca gisagara gikomeye citwa mu buryo bw’impwemu Sodomu+ na Misiri, aho n’Umukama wabo yamanikiwe+. 9 Kandi abo mu bisata n’imiryango n’indimi n’amahanga+ bazokwitegereza ibiziga vyabo imisi itatu n’igice+, kandi ntibareka ngo ibiziga vyabo bishirwe mu mva. 10 Kandi ababa kw’isi barabinezererwa+ bakaryoherwa, kandi bazorungikiranira ingemu+, kuko abo bahanuzi babiri bababaje ababa kw’isi.

11 Kandi inyuma y’iyo misi itatu n’igice+ impwemu y’ubuzima ivuye ku Mana yarinjiye muri bo+, baca bahagarara ku birenge vyabo, ubwoba bwinshi buca butekera ababitegereza. 12 Maze bumva ijwi rirenga+ rivuye mw’ijuru ribabwira riti: “Nimuduge hano+.” Na bo baraduga mw’ijuru mu gicu, abansi babo na bo barabitegereza. 13 Muri iyo saha haba nyamugigima ikomeye, ic’icumi+ c’igisagara kiratemba; abantu ibihumbi indwi bicwa n’iyo nyamugigima, abasigaye na bo batekerwa n’ubwoba, maze baha ubuninahazwa Imana yo mw’ijuru+.

14 Amagorwa agira kabiri+ ararenganye. Ehe amagorwa agira gatatu agira aze ningoga.

15 Umumarayika agira indwi na we avuza urumbete rwiwe+. Mw’ijuru haba amajwi arenga, avuga ati: “Ubwami bw’isi bucitse ubwami bw’Umukama+ wacu n’ubwa Kristu+ wiwe, kandi azoganza ibihe bitazoshira+.”

16 Ba bakurambere mirongo ibiri na bane+ bari bicaye imbere y’Imana ku ntebe z’ubwami zabo baca bubarara hasi+, basenga Imana+, 17 bati: “Turagukengurukiye+, Yehova Mana, Mushoboravyose+, Uwuriho+ kandi yariho, kuko ufashe ububasha bwawe bukomeye+ ugatangura kuganza+. 18 Mugabo amahanga yaratse, kandi uburake bwawe buraza, be n’igihe cashinzwe c’uko abapfuye bacirwa imanza, n’ico guha impembo+ abashumba bawe ari bo bahanuzi+, n’aberanda, n’abatinya izina ryawe, abato n’abahambaye+, n’ico guhonya+ abahonya isi+.”

19 Maze aheranda h’urusengero rw’Imana hari mw’ijuru+ harugururwa, isandugu+ y’isezerano ryayo na yo ibonwa ahantu heranda h’urusengero rwayo+. Haca haba imiravyo n’amajwi n’imituragaro na nyamugigima n’urubura rukomeye.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika