Mariko 6:21 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 21 Ariko akaryo keza karabonetse ku musi mukuru wo kwibuka ivuka+ rya Herodi, igihe yariko arazimana abategetsi bakurubakuru, abakuru mu gisirikare* n’abantu bakomakomeye b’i Galilaya+.
21 Ariko akaryo keza karabonetse ku musi mukuru wo kwibuka ivuka+ rya Herodi, igihe yariko arazimana abategetsi bakurubakuru, abakuru mu gisirikare* n’abantu bakomakomeye b’i Galilaya+.