-
Itanguriro 41:26Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
26 Izo nka indwi nziza ni imyaka indwi. Ayo mahundo indwi y’intete meza na yo nyene ni imyaka indwi. Izo ndoto zisobanura ikintu kimwe.
-
-
Itanguriro 41:47Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
47 Nuko haboneka umwimbu mwinshi cane mu gihugu muri ya myaka indwi y’umusesekara.
-