ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 15:13
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 13 Imana ica imubwira iti: «Umenye neza ko abagukomokako* bazoba abanyamahanga mu gihugu atari rwabo, kandi abantu bo muri ico gihugu bazobagira abaja bongere babatoteze imyaka 400+.

  • Gusubira mu vyagezwe 26:5
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 5 Uzoheza uvugire imbere ya Yehova Imana yawe uti: “Dawe yari Umwaramu+ abayeho aza arimuka*. Yaragiye mu Misiri+ hanyuma abayo ari umunyamahanga, ari kumwe n’abantu bakeyi bo mu rugo rwiwe+. Ari ng’aho mu Misiri yaracitse ihanga rinini, rikomeye kandi rigizwe n’abantu benshi+.

  • Zaburi 105:23
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 23 Hanyuma Isirayeli aza mu Misiri+,

      Yakobo aba mu gihugu ca Hamu ari kavamahanga.

  • Ivyakozwe 7:6
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 6 Vyongeye, Imana yamubwiye ko abomukomotseko* bobaye abanyamahanga mu gihugu atari rwabo, kandi ko abantu baho bobagize abaja bakongera bakabatoteza* imyaka 400+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika