ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 1:7
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 7 Nuko Abisirayeli bararondoka, batangura kugwira cane no gukomera cane. Baguma bongerekana ku rugero rudasanzwe, ku buryo buzura igihugu cose+.

  • Gusubira mu vyagezwe 10:22
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 22 Ba sokuruza banyu bamanutse mu Misiri ari abantu 70+, none ubu Yehova Imana yanyu yarabagwije nk’inyenyeri zo kw’ijuru+.

  • Zaburi 105:24
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 24 Imana iraheza ituma abantu bayo bagwira cane+,

      ituma bakomera kuruta abansi babo+.

  • Ivyakozwe 7:17
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 17 Igihe kiriko kiregereza c’uko umuhango Imana yari yarahaye Aburahamu uranguka, nya bantu barongerekana baragwira mu Misiri,

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika