-
2 Ngoma 5:9Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
9 Ivyo bibando vyari birebire cane ku buryo umuntu ari Aheranda imbere y’icumba c’ahiherereye yabona imitwe yavyo, mugabo uwuri hanze nta yo yabona. Ivyo bibando ni ho bikiri gushika n’uyu musi.
-