Zaburi 25:4 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 Ewe Yehova, numenyeshe inzira zawe+,unyigishe iminyuro yawe+. Zaburi 27:11 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 11 Ewe Yehova, nunyigishe inzira yawe+,kandi unyobore mu nzira y’ubugororotsi kubera abansi banje. Zaburi 86:11 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 11 Ewe Yehova, nunyigishe inzira yawe+, nanje nzogendera mu kuri kwawe+. Niwegeranye umutima wanje* kugira ntinye izina ryawe+. Zaburi 119:33 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 33 Ewe Yehova, nunyigishe+ kwisunga ingingo zawe,kandi nzozigenderamwo gushika kw’iherezo+. Yesaya 30:21 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 21 Kandi nimwaramuka mugiye iburyo canke ibubamfu+, amatwi yanyu azokwumva ijambo ribaturutse inyuma rivuga ngo: «Iyi ni yo nzira+. Nimuyigenderemwo.»
11 Ewe Yehova, nunyigishe inzira yawe+, nanje nzogendera mu kuri kwawe+. Niwegeranye umutima wanje* kugira ntinye izina ryawe+.
21 Kandi nimwaramuka mugiye iburyo canke ibubamfu+, amatwi yanyu azokwumva ijambo ribaturutse inyuma rivuga ngo: «Iyi ni yo nzira+. Nimuyigenderemwo.»