ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 13:21
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 21 Ku murango Yehova yagendera imbere yabo mu nkingi y’igicu kugira abereke inzira+, mw’ijoro na ho akagendera mu nkingi y’umuriro kugira abamurikire. Ivyo vyatuma bagenda ijoro n’umurango+.

  • Kuvayo 40:34
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 34 Igicu gica gitangura gupfuka iryo hema ry’ibonaniro, ubuninahazwa bwa Yehova bwuzura iryo hema+.

  • Yosuwa 1:5
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 5 Nta n’umwe azoshobora kugutsinda igihe cose uzoba ukiriho+. Nzobana nawe nk’uko nabanye na Musa+. Sinzoguta canke ngo ndaguhebe+.

  • Yosuwa 1:17
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 17 Nk’uko twumviye Musa muri vyose, ni ko nawe tuzokwumvira. Yehova Imana yawe abane nawe nk’uko yabanye na Musa+.

  • Yesaya 63:9
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  9 Amarushwa yose yabashikiye yaramuteye intuntu+.

      Intumwa yiwe bwite* yarabakijije+.

      Kubera urukundo rwiwe n’impuhwe ziwe yarabacunguye+,

      kandi mu misi yose ya kera yarabakuye hasi, arabaterura+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika