Kuvayo 3:13 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 13 Mugabo Musa abwira Imana y’ukuri ati: «Dufate ko ngiye ku Bisirayeli nkababwira nti: “Imana ya ba sokuruza banyu yabantumyeko.” Nibambaza bati: “Yitwa nde+?”, nzobishura iki?» Kuvayo 6:3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Igihe niyereka Aburahamu, Izahaki na Yakobo, narabahishuriye ko ndi Imana Mushoboravyose+, ariko sinabahishuriye insobanuro yuzuye y’izina ryanje Yehova+. Kuvayo 34:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 Yehova aca imbere yiwe, amumenyesha ati: «Ndi Yehova, ndi Yehova, Imana y’imbabazi+ n’impuhwe*+, iteba gushavura+ kandi yuzuye urukundo*+ n’ukuri*+.
13 Mugabo Musa abwira Imana y’ukuri ati: «Dufate ko ngiye ku Bisirayeli nkababwira nti: “Imana ya ba sokuruza banyu yabantumyeko.” Nibambaza bati: “Yitwa nde+?”, nzobishura iki?»
3 Igihe niyereka Aburahamu, Izahaki na Yakobo, narabahishuriye ko ndi Imana Mushoboravyose+, ariko sinabahishuriye insobanuro yuzuye y’izina ryanje Yehova+.
6 Yehova aca imbere yiwe, amumenyesha ati: «Ndi Yehova, ndi Yehova, Imana y’imbabazi+ n’impuhwe*+, iteba gushavura+ kandi yuzuye urukundo*+ n’ukuri*+.