ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abalewi 16:23
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 23 Aroni azoheza yinjire mw’ihema ry’ibonaniro, akure za mpuzu z’ilino yambara igihe yaja ahantu heranda, azisige ng’aho.

  • Ezekiyeli 44:19
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 19 Imbere y’uko basohoka ngo baje mu kigo c’inyuma aho abantu bari, baze babanze bambure impuzu bakoze bambaye+, bazishire mu bibanza vy’uburiro* vyeranda+. Bazoheza bambare izindi mpuzu kugira impuzu zabo ntizitume abantu baba beranda*.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika