-
Abalewi 12:4Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
4 Mu misi 33 ikurikira, uwo mugore azoguma yihumanura kubera amaraso yatakaje. Ntakwiye gukora ku kintu na kimwe ceranda canke ngo yinjire ahantu heranda imisi yiwe yo kwihumanura itarahera.
-