Abalewi 6:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 «Bwira Aroni n’abahungu biwe uti: “Iri ni ryo tegeko rigenga ishikanwa riturirwa+: ishikanwa riturirwa rizoguma ku muriro wo ku gicaniro ijoro ryose gushika mu gatondo, kandi umuriro uzoguma waka ku gicaniro.
9 «Bwira Aroni n’abahungu biwe uti: “Iri ni ryo tegeko rigenga ishikanwa riturirwa+: ishikanwa riturirwa rizoguma ku muriro wo ku gicaniro ijoro ryose gushika mu gatondo, kandi umuriro uzoguma waka ku gicaniro.