Abalewi 6:25 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 25 «Bwira Aroni n’abahungu biwe uti: “Iri ni ryo tegeko rigenga ishikanwa ry’igicumuro+: ahantu amashikanwa aturirwa akerererwa+, ni ho nyene bazokererera amashikanwa y’igicumuro imbere ya Yehova. Ni ikintu ceranda cane.
25 «Bwira Aroni n’abahungu biwe uti: “Iri ni ryo tegeko rigenga ishikanwa ry’igicumuro+: ahantu amashikanwa aturirwa akerererwa+, ni ho nyene bazokererera amashikanwa y’igicumuro imbere ya Yehova. Ni ikintu ceranda cane.