-
Kuvayo 39:20Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
20 Bakora n’utundi tugombo tubiri tw’inzahabu, badushira ku ruhande rw’imbere rwa efodi munsi ya vya bitambara bibiri vyo ku bitugu, hafi y’aho efodi ifatanirijwe, hejuru ya wa mukaba wayo ujishe.
-