ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 15:19
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 19 Uzoshirira ku ruhande Yehova Imana yawe ikigabo cose kivutse ubwa mbere mu bitungwa vyawe+. Ntuzokoreshe igikorwa na kimwe inka* ivutse ubwa mbere, canke ngo umwe* ubwoya intama ivutse ubwa mbere.

  • Gusubira mu vyagezwe 15:21
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 21 Ariko nimba gifise akanenge, ni ukuvuga gicumbagira, gihumye canke gifise akandi kanenge gakomeye, ntimuze mugishikanire Yehova Imana yanyu+.

  • Malaki 1:14
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 14 «Aravumwe umunyamayeri afise mu busho igitungwa* kitagira akanenge, mugabo akagira indagano hanyuma agashikanira Yehova igifise akanenge. Erega ndi Umwami ahambaye+», ni ko Yehova Nyeningabo avuze, «kandi izina ryanje rizoba iriteye akoba mu mahanga+.»

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika