Kuvayo 29:34 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 34 Hagize ibirara kuri za nyama z’ikimazi co kwimika abaherezi canke kuri ya mikate, ukwiye kubiturira+. Ntibikwiye kuribwa kuko ari vyeranda.
34 Hagize ibirara kuri za nyama z’ikimazi co kwimika abaherezi canke kuri ya mikate, ukwiye kubiturira+. Ntibikwiye kuribwa kuko ari vyeranda.