Abalewi 13:2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 2 «Ku rukoba rw’umuntu nihaza ikivyimba, igisekera canke ikibibi* kandi bikaba bishobora kuvamwo indwara y’imibembe*+, bakwiye kumuzanira Aroni umuherezi canke umwe mu bahungu biwe b’abaherezi+. Matayo 8:4 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 Hanyuma Yezu amubwira ati: «Ntihagire umuntu n’umwe ubibwira+. Ahubwo genda wiyereke umuherezi+, ushikane ishikanwa Musa yashinze+, kugira bibabere icabona.» Mariko 1:44 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 44 «Ntihagire umuntu n’umwe ubibwira. Ahubwo genda wiyereke umuherezi, ushikane ivyo Musa yategetse vyerekana ko wahumanutse+, kugira bibabere icabona+.» Luka 5:14 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 14 Maze ategeka uwo mugabo ngo ntihagire umuntu n’umwe abibwira, amubwira ati: «Ahubwo genda wiyereke umuherezi, ushikane ishikanwa ryerekana ko wahumanutse nk’uko Musa yabitegetse+, kugira bibabere icabona+.» Luka 17:14 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 14 Yezu ababonye, aca ababwira ati: «Genda mwiyereke abaherezi+.» Maze bariko baragenda, baca barahumanuka+.
2 «Ku rukoba rw’umuntu nihaza ikivyimba, igisekera canke ikibibi* kandi bikaba bishobora kuvamwo indwara y’imibembe*+, bakwiye kumuzanira Aroni umuherezi canke umwe mu bahungu biwe b’abaherezi+.
4 Hanyuma Yezu amubwira ati: «Ntihagire umuntu n’umwe ubibwira+. Ahubwo genda wiyereke umuherezi+, ushikane ishikanwa Musa yashinze+, kugira bibabere icabona.»
44 «Ntihagire umuntu n’umwe ubibwira. Ahubwo genda wiyereke umuherezi, ushikane ivyo Musa yategetse vyerekana ko wahumanutse+, kugira bibabere icabona+.»
14 Maze ategeka uwo mugabo ngo ntihagire umuntu n’umwe abibwira, amubwira ati: «Ahubwo genda wiyereke umuherezi, ushikane ishikanwa ryerekana ko wahumanutse nk’uko Musa yabitegetse+, kugira bibabere icabona+.»
14 Yezu ababonye, aca ababwira ati: «Genda mwiyereke abaherezi+.» Maze bariko baragenda, baca barahumanuka+.