Abalewi 20:17 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 17 Umugabo niyaryamana na mushikiwe, yaba uwo basangiye se canke nyina, umwe wese akabona ubwambure bw’uwundi, kazoba ari agaterasoni+. Mutegerezwa kubica* abantu bose babona. Azoba amaramaje mushikiwe, kandi ategerezwa kubihanirwa.
17 Umugabo niyaryamana na mushikiwe, yaba uwo basangiye se canke nyina, umwe wese akabona ubwambure bw’uwundi, kazoba ari agaterasoni+. Mutegerezwa kubica* abantu bose babona. Azoba amaramaje mushikiwe, kandi ategerezwa kubihanirwa.