Gusubira mu vyagezwe 5:11 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 11 Ntugakoreshe nabi izina rya Yehova Imana yawe+, kuko Yehova atazoreka guhana uwo wese akoresha nabi izina ryiwe+.
11 Ntugakoreshe nabi izina rya Yehova Imana yawe+, kuko Yehova atazoreka guhana uwo wese akoresha nabi izina ryiwe+.