-
Abalewi 14:21Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
21 Ariko nimba ari umukene akaba ata buryo bukwiye afise, azozana isuguru imwe y’intama y’ishikanwa ryo kwagirwa n’icaha, bayizungagize bwa shikanwa bazungagiza kugira bamutangire impongano. Azoyizana iri kumwe n’ic’icumi c’ingero ya efa* y’ifu inoze ivanze n’amavuta bwa shikanwa ry’intete, ingero ya logi y’amavuta,
-