3Nuko Musa aba umwungere w’ibitungwa vya sebukwe Yetiro+, umuherezi w’i Midiyani. Umusi umwe yari ashoreye ibitungwa yerekeza mu burengero bw’agahinga, arateba ashika i Horebu ku musozi w’Imana y’ukuri+.
1Ku musi wa mbere w’ukwezi kugira kabiri, mu mwaka ugira kabiri Abisirayeli bavuye mu Misiri+, Yehova avugana na Musa mu bugaragwa bwa Sinayi+ ari mw’ihema ry’ibonaniro+, amubwira ati: