Itanguriro 46:11 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 11 Abahungu ba Lewi+ bari Gerushoni, Kohati na Merari+. Kuvayo 6:16 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 Aya ni yo mazina y’abahungu ba Lewi+ hisunzwe imiryango bakomokamwo: Gerushoni, Kohati na Merari+. Lewi yabayeho imyaka 137.
16 Aya ni yo mazina y’abahungu ba Lewi+ hisunzwe imiryango bakomokamwo: Gerushoni, Kohati na Merari+. Lewi yabayeho imyaka 137.