ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Guharura 14:29, 30
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 29 Imivyimba yanyu izogwa muri ubu bugaragwa+, emwe abanditswe bose muri mwebwe bafise imyaka 20 kuduga, abo bose banyidogeye+. 30 Nta n’umwe muri mwebwe azokwinjira mu gihugu narahiye* ko nzobaha ngo mukibemwo+, kiretse Kalebu mwene Yefune na Yosuwa mwene Nuni+.

  • Yosuwa 14:14
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 14 Ni co gituma Heburoni yegukira Kalebu mwene Yefune Umukenizi. Ni intoranwa yiwe gushika n’uyu musi, kuko yakurikiye Yehova Imana ya Isirayeli n’umutima wiwe wose+.

  • Yosuwa 19:49
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 49 Nuko Abisirayeli barangiza kugabura uturere tw’ico gihugu ngo baronke intoranwa, baraheza baha Yosuwa mwene Nuni intoranwa mu gihugu cabo.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika