Kuvayo 16:29 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 29 Ntimwibagire ko jewe Yehova nabahaye isabato+. Ni co gituma ku wa gatandatu ndabaha ibifungurwa vy’imisi ibiri. Ku musi ugira indwi, umwe wese akwiye kuguma aho ari. Nta n’umwe akwiye kuva muhira iwe.» Kuvayo 20:10 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 mugabo umusi ugira indwi ni isabato ya Yehova Imana yawe. Ntuze ukore igikorwa na kimwe, yaba wewe, umuhungu wawe, umukobwa wawe, umushumba wawe w’umugabo canke w’umugore, igitungwa cawe canke kavamahanga aba mu mahema yawe+. Ezekiyeli 20:12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 Narabahaye n’amasabato yanje+ ngo abe ikimenyetso hagati yanje na bo+, kugira ngo bamenye yuko ari jewe Yehova ndiko ndabeza.
29 Ntimwibagire ko jewe Yehova nabahaye isabato+. Ni co gituma ku wa gatandatu ndabaha ibifungurwa vy’imisi ibiri. Ku musi ugira indwi, umwe wese akwiye kuguma aho ari. Nta n’umwe akwiye kuva muhira iwe.»
10 mugabo umusi ugira indwi ni isabato ya Yehova Imana yawe. Ntuze ukore igikorwa na kimwe, yaba wewe, umuhungu wawe, umukobwa wawe, umushumba wawe w’umugabo canke w’umugore, igitungwa cawe canke kavamahanga aba mu mahema yawe+.
12 Narabahaye n’amasabato yanje+ ngo abe ikimenyetso hagati yanje na bo+, kugira ngo bamenye yuko ari jewe Yehova ndiko ndabeza.