ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 12:14
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 14 Muzokwame mwibuka uwo musi, muwuhimbaze nk’umusi mukuru wa Yehova uko urunganwe* rwanyu ruzogenda rurakurikirana: ni itegeko rizokwamaho.

  • Abalewi 23:5
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 5 ku musi ugira 14 w’ukwezi kwa mbere+ izuba rirenze*, ni Pasika+ ya Yehova.

  • Gusubira mu vyagezwe 16:1
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 16 Mwibuke ko ukwezi kwa Abibu* guhambaye. Mutegerezwa guhimbaza Pasika ya Yehova Imana yanyu+ mu kwezi kwa Abibu, kuko muri ukwo kwezi ari ho Yehova Imana yanyu yabakuye mu Misiri mw’ijoro+.

  • Ezekiyeli 45:21
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 21 Mu kwezi kwa mbere, ku musi ugira 14 w’ukwo kwezi, muze muhimbaze Pasika+. Muzomara imisi indwi murya imikate itarimwo umwambiro+.

  • 1 Abakorinto 5:7
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 7 Nimukureho umwambiro ushaje kugira mube igikandu gishasha, kubera ko musanzwe mutarimwo umwambiro. Kuko vy’ukuri, Kristu we mwagazi w’intama wacu wa Pasika+ yatanzwe nk’ikimazi+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika