ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 23:21
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 21 Nimwagirira indagano Yehova Imana yanyu+, ntimuze mutebe kuyishitsa+ kuko Yehova Imana yanyu atazobura kuyibishuza. Nimwateba kuyishitsa muzoba mucumuye+.

  • Zaburi 116:14
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 14 Nzoshitsa ivyo naraganiye Yehova,

      imbere y’abantu biwe bose+.

  • Zaburi 119:106
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 106 Nzokwubahiriza ingingo zawe zigororotse.

      Ivyo narabirahiye kandi nzobishitsa.

  • Umusiguzi 5:4
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 4 Igihe cose usezeraniye Imana ikintu, ntutebe kugishitsa+ kuko idahimbarwa n’ibijuju+. Nushitse ico wasezeranye+.

  • Matayo 5:33
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 33 Mwarumvise kandi ko ba sokuruza banyu babwiwe ngo: “Ntimuze murahire ivyo mutari bushitse+. Mutegerezwa gushitsa ivyo mwaraganiye Yehova*+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika