-
Yosuwa 19:49Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
49 Nuko Abisirayeli barangiza kugabura uturere tw’ico gihugu ngo baronke intoranwa, baraheza baha Yosuwa mwene Nuni intoranwa mu gihugu cabo.
-