Gusubira mu vyagezwe 3:4 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 Twaciye dufata ibisagara vyiwe vyose. Nta gisagara na kimwe tutafashe. Twafashe ibisagara 60 bigize akarere kose ka Arugobu, ari bwo bwami bwa Ogi i Bashani+.
4 Twaciye dufata ibisagara vyiwe vyose. Nta gisagara na kimwe tutafashe. Twafashe ibisagara 60 bigize akarere kose ka Arugobu, ari bwo bwami bwa Ogi i Bashani+.