ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 3:13
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 13 Akarere ka Gileyadi gasigaye hamwe na Bashani yose ari bwo bwami bwa Ogi, nabihaye igice c’umuryango wa Manase+. Akarere kose ka Arugobu kari i Bashani kahora kitwa igihugu c’Abarefayimu.

  • Yosuwa 13:31
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 31 Igice ca Gileyadi, Ashitaroti na Edireyi+, ibisagara vyo mu bwami bwa Ogi biri i Bashani, vyahawe bene Makiri+ mwene Manase, ni ukuvuga igice ca bene Makiri, hisunzwe ingo zabo.

  • Yosuwa 17:1
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 17 Maze umuryango wa Manase+, ari we mfura ya Yozefu+, uronka akarere biciye ku bupfindo+. Makiri+ imfura ya Manase akaba na se wa Gileyadi yari umugabo azi kurwana. Yahawe akarere ka Gileyadi n’aka Bashani+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika