Kuvayo 12:2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 2 «Uku kwezi ni kwo muzoherako mu guharura amezi. Kuzoba ukwa mbere mu mezi agize umwaka+. Kuvayo 13:4 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 Uyu musi nyene muri uku kwezi kwa Abibu* muraza kuva mu Misiri+.