Kuvayo 12:29 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 29 Hageze sasita z’ijoro*, Yehova aca yica abana bose b’imfura bo mu Misiri+, kuva ku mfura y’umwami Farawo gushika ku mfura y’imbohe yari mu gasho. Yica kandi n’ibitungwa vyose vyavutse ubwa mbere+. Zaburi 78:51 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 51 Amaherezo, yaratikije imfura zose zo mu Misiri+,abavutse ubwa mbere mu mahema ya Hamu.
29 Hageze sasita z’ijoro*, Yehova aca yica abana bose b’imfura bo mu Misiri+, kuva ku mfura y’umwami Farawo gushika ku mfura y’imbohe yari mu gasho. Yica kandi n’ibitungwa vyose vyavutse ubwa mbere+.