Guharura 13:26 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 26 Bagaruka i Kadeshi+ mu bugaragwa bw’i Parani, basangaho Musa na Aroni n’ishengero ryose ry’Abisirayeli. Baraheza bashikiriza raporo ishengero ryose ry’Abisirayeli, babereka n’ivyamwa bakuye muri ico gihugu. Guharura 32:8 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Ivyo ni vyo ba sokuru banyu bakoze igihe nabarungika kuraba ico gihugu bavuye i Kadeshi-Baruneya+.
26 Bagaruka i Kadeshi+ mu bugaragwa bw’i Parani, basangaho Musa na Aroni n’ishengero ryose ry’Abisirayeli. Baraheza bashikiriza raporo ishengero ryose ry’Abisirayeli, babereka n’ivyamwa bakuye muri ico gihugu.