Yosuwa 1:4 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 Akarere kanyu kazohera mu bugaragwa gashike i Libani no kuri rwa ruzi runini Efurate, ni ukuvuga igihugu cose c’Abaheti+. Kazoshika no ku kiyaga Kinini* mu burengero+. Yosuwa 15:12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 Mu burengero, urubibe rwari ikiyaga Kinini*+ n’inkengera yaco. Urwo ni rwo rwari urubibe ku mpande zose z’akarere kahawe abakomoka kuri Yuda, hisunzwe ingo zabo.
4 Akarere kanyu kazohera mu bugaragwa gashike i Libani no kuri rwa ruzi runini Efurate, ni ukuvuga igihugu cose c’Abaheti+. Kazoshika no ku kiyaga Kinini* mu burengero+.
12 Mu burengero, urubibe rwari ikiyaga Kinini*+ n’inkengera yaco. Urwo ni rwo rwari urubibe ku mpande zose z’akarere kahawe abakomoka kuri Yuda, hisunzwe ingo zabo.