Itanguriro 46:20 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 20 Abahungu Yozefu yavyariye mu Misiri bari Manase+ na Efurayimu+. Yabavyaranye na Asenati+ umukobwa wa Potifera, umuherezi w’i Oni*. Itanguriro 48:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Ubu rero, abahungu bawe babiri wavyariye mu Misiri imbere y’uko nza ni abanje+. Efurayimu na Manase bazoba abanje nka Rubeni na Simeyoni+. Yosuwa 16:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 Akarere abakomoka kuri Yozefu+ bahawe biciye ku bupfindo+ kava ku ruzi Yorodani hafi y’i Yeriko, kakagenda kerekeza ku mazi ari mu buseruko bwa Yeriko. Kaca gaca mu bugaragwa bwaduga buvuye i Yeriko bugashika mu misozi y’i Beteli+.
20 Abahungu Yozefu yavyariye mu Misiri bari Manase+ na Efurayimu+. Yabavyaranye na Asenati+ umukobwa wa Potifera, umuherezi w’i Oni*.
5 Ubu rero, abahungu bawe babiri wavyariye mu Misiri imbere y’uko nza ni abanje+. Efurayimu na Manase bazoba abanje nka Rubeni na Simeyoni+.
16 Akarere abakomoka kuri Yozefu+ bahawe biciye ku bupfindo+ kava ku ruzi Yorodani hafi y’i Yeriko, kakagenda kerekeza ku mazi ari mu buseruko bwa Yeriko. Kaca gaca mu bugaragwa bwaduga buvuye i Yeriko bugashika mu misozi y’i Beteli+.