Yosuwa 19:24 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 24 Maze ubupfindo bugira gatanu+ bugwa ku muryango wa Asheri+ hisunzwe ingo ziwugize.