11 Ariko nimba umuntu yari asanzwe yanka mugenziwe+, akamubundira maze akamukomeretsa cane agapfa, hanyuma agaca ahungira muri kimwe muri ivyo bisagara, 12 abashingantahe bo mu gisagara iwabo baze batume umuntu kumukurayo, maze bamushikirize uwuhora amaraso y’uwishwe. Ategerezwa gupfa+.